Umuririmvyi w’igihangange c’umuziki w’uburundi yifotoje n’umwigeme ngo abatora izina ryiwe baronka indirimbo nshasha azosohora iryambere


Ngo abanywanyi mu muziki w’uburundi mukunda indirimbo z’abarundi mu gukwirikirana cane amakuru y’umuziki w’abaririmvyi abari mugihugu ,ntabariyo ngo habonetse umwe muri bo asanzwe ari igihangange gikomeye cane muvy’umuziki asanzwe ahindura kumutima  abarundi benshi bumvirije indirimbo ziwe nshasha nuko uw’umunsi ntuyashimye kwivuga izina kugira abahe akabazo abantu bose banyotewe kuwumva mundirimbo yiwe nshasha yakoze uno mwaka 2016.

Uwo muririmvyi nkuko ari igihangange c’umuziki w’uburundi,akaba ashoboye gutanga akabazo mu kwerekana ifoto yiwe nshasha yifotoje ari kumwe n’umwigeme mwiza cane gose ariko bataboneka mumaso,ari muri bamwe basanzwe bariko bakorera ibikorwa vy’umuziki w’uburundi bwabibarutse ,mugihugu kibanyi c’urwanda.

1469170031963

Abanywanyi mu muziki w’uburundi mushaka gutsindira ubwambere indirimbo nshasha yico gihangange c’umuziki w’uburundi ahora abahindura kumutima iyo mwumvirije indirimbo aba yakoze aho haje akabazo kiwe kerekeye ifoto yiwe imwerekana ari kumwe n’umukobwa bataboneka mumaso ngo mushobora gutangura gutomboza izina ryiwe mwitegereje neza iyo foto hama abatora ubwambere uwari  mu kwandika izina ryiwe muri COMMENTS.

Bazoca baronka icuro yambere indirimbo yiwe nshasha iryoshe cane irimwo imistari y’amajambo azobahindura kumutima,ntiyashimye kuvuga izina ryayo,muga yari yarigeze kubibamenyesha ko vuba azoyisohora kuno kwezi ,mbega munywanyi mu muziki w’uburundi ukunda indirimbo z’ibihangange vy’abaririmvyi b’abarundi uravye neza iy’ifoto yiwe yifotoje afatanye n’umwigeme ngo bayibafotoreye mugisaga ca Kigali mu Rwanda mbega ubona yoba yitwa gute hoho ninde?

Ntucikwe munywanyi w’indirimbo z’ibihangange vy’umuwiki w’uburundi,kwishura ico kibazo uzokwironkere ubwambere indirimbo yiwe nshasha yambere azoba asohoye mwuno mwaka  nyaburya unyotewe kumva indirimbo yiwe kuva umwaka 2016 utanguye ntarasohora nimwe rwro itsinzi ni rwawe muvuge izina muri COMMENTS.

Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s