AMAFOTO:_THITY LOVE mw’isume imukorokana yicaye,ahagaze,aryamanye na RALLY JOE


Ibintu biguma biba bishasha mu muziki w’uburundi kuno munsi twashoboye gukora ubushakashatsi budasanzwe aho umuririmvyikazi THTY LOVE yafashwe mukamashu atambaye impuzu bikavurwa ko yoba yaratanguye guca inyuma umugabo wiwe bavyaranye umwana umwe w’umukobwa nawe asanzwe ari umuririmvyi yitwa KOOK-K amaze igihe kirekire atumvikana akora umuziki w’uburundi  gushika nubu aba fans biwe baracabaza iyo yoba yaragiye.

Kubera ngo bakumbuye kumviriza indirimbo ziwe zibaryohera nkuko baryohewe mundirimbo HOW MUCH I LOVE yakoranye n’umuririmvyikazi Channy Queen aho uwo muririmvyikazi amaze iminsi abigaragaza kurubuga rwiwe rwa Facebook ngo agomba gupfa n’intuntu hamwe n’inkumbu kubera amaze ibihe vyinshi atamubona baryamanye yumva vyamunaiye kwihangana.

13568798_1241624189190239_3711780129445513610_o

Amubarira uwo mugabo wiwe Kook-K,avuga ko amukumbuye cane kuko ituntu n’inkumbu biri mukumwica  ntakiryama umutima urihawe niho aba fans biwe bamukurikirana batanguye  bamuvuga ko vyinshi baboneye amajambo yanditse amuteye ahandi kdasanzwe kurukundo nkuko yabitangaje mu kuvyandika mu majambo avuga ngoIntuntu, agahinda ,urukumbuzi,nivyo vyuzuy umutima wanj, Ndaryama nkabura itiro ,nkakwiyumvira amosozi agakoroka,ndakwinginze unterephone basi ndabe ko notora itiro iri joro, miss u my…….”

Bamubaza ko yoba yamuhevye vyabateye amakenga.” none ubu yafashwe agaragara mu kwifotoza amafoto nuwundi muririmvyi w’umurundi yigeze kumushira muri Video “KURI KAKAGEZI “gushika nubu ntihamenyekana ivyo barimwo amakenga aguma abamenshi ko ibintu vyoba bitagenda neza hagati yiwe na Kook-K nubwo agerageza kubihisha bamubajije.

Thity Love mu mafoto yiwe yagarayemwo atambaye yibereye mwisume yonyene bimwe bimwe y’umubiri wiwe biboneka kandi iyo sume igomba kumukorokana ayifashe  uwo muririmvyi bifotoje barikumwe kumwe ni RALL JOE bafatanye baryohewe baryamanye hamwe bicaye ahandi bahagaze nkuko amafoto avyerekana barikumwe bafatanye gushika aho abantu bashoboye mubobona uwo muririmvyikazi aguma ayashira kurubuga rwiwe rwa WAHSTAPP akoresha abaza abantu uwo barikumwe ariko vyakabaye kera hashoboye kuboneka neza mumaso.

Kuko kare yayashirako binyegeje mumaso ayo mafoto akomejwe kuvurwako ibintu vyinshi cane gose nkuko bamwe bonyene amwe muri iyo yigeze kuguma ashira kuri Whatsapp yiwe ababaza uwo barikumwe uko yitwa ubu yamaze kumenyeka izina ariwe Rally Joe.

12400538_830758213716272_466736589378963711_n
KOOK-K

Abashoboye kuyabona ayo mafoto atambaye impuzu yibereye mwisume batanguye kuvuga ko THITY LOVE na RALLY JOE,babateye amakenga kuko ngo baragaragaye bifotoje  baryamanye umwe ari hejuru y’uwundi ikindi kiriko kibatangaza ngo nukubona ukuntu bari bameze umengo s’umugore w’umuntu kandi ngo bazi neza y’uko bose basanzwe bubatse izabo barabateye amakenga bimwe bidasanzwe ahandi bababonye umwe akwega uwundi bameze nk’abari muburyo budasanzwe bwabagomba gukora amabanga yabubatse ntitwashoboye kumuronka gushika ubu twobamenyesha ko atantumwe arashobora kumenya igituma bayifotoje nkuko bimenyeshwa n’abantu bamwegereye uwo muririmvyikazi ninawe yayashize k’umugaragaro yigina ku bantu mu kubabaza uwo barikumwe.

Mbega munywanyi mu muziki w’uburundi usanzwe uziko Thity Love afise umugabo n’umwana w’umukobwa umubonye mumafoto atambaye impuzu muga ymbaye isume yogana ataco yinona ikindi bizwi y’uko Rally Joe nawe afise umugore n’umwana  bose ubitegereje murayo mafoto bahagaze,bicaye ahandi baryamye  uwundi nawe akamufata bigakomera ku bwawe woyavuga kw’iki witegereje uko basanzwe bose bubatse izabo ariko bagakora ibintu nkivyo mumafoto ahandi uherutse ko uwo muririmvikazi akoma induru ko  Intuntu, agahinda ,urukumbuzi biri mukumicwa kubera gukumbura umugabo wiwe KOOK-K ukamubona yarikumwe nuwundi mugabo atari iwiwe akamwereka ubwiza bwiwe afise yiyambariye isume yo kigona?

Tubamenyesha y’uko vuba cane tugiye kubarondera uko ari babiri hagati y’umuririmvyikazi Thity Love hamwe n’umuririmvyi Rally Joe bagaragaye mu mafoto bari kumwe umwe yambaye isume baryamanye kugira babahe umuco mu kubamenyesha ivyo boba barimwo mwuwo mwanya babonetsemwo bafotowe nk’abakundanye murukundo,nkuko biriko biravurwa n’abantu benshi bashoboye kuyabona kuri Whatspp y’uwo muririmvyikazi aho twakoze ubushakatsi ku bantu babegereye nibo bashoboye kwerekana ayo mafoto mubona yabo barikumwe atambaye impuzu bafatanye baryamye,bicaye ahandi bahagaze.

KURI KIRANA URABE AMAFOTO Y'UMURIRIMVYIKAZI Thiy Love N'UMURIRIMVYI Rally Joe BAFATANYE BICAYE UWUNDI MWANYA UKABABONA BAHAGAZE BARANGIZA BARYAMANYE VYAKOMEYE CANE AYO MAFOTO NTAGUCIKWE UGIRE ICO UYAVUZE KO.

13600350_2145858622359357_6435931376126018529_n 13600271_2145858589026027_5326246432731568940_n 13600335_2145858692359350_523286913765517769_n 13620907_2145858592359360_8955032736426733255_n

Advertisements

One thought on “AMAFOTO:_THITY LOVE mw’isume imukorokana yicaye,ahagaze,aryamanye na RALLY JOE

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s