RABE AMAFOTO:_Baraye bamushinguranye iteka”JEAN BOSCO NIGANZE”yari amarira,avanzemwo umwizero mwinshi


K’umunsi wa gatanu kw’igenekerezo rya 15/07/2016 niho bamushingurana iteka ridasanzwe nyakwigendera umwe mu baririmvyi bakomeye cane bakora umuziki w’uburundi,yari asanzwe aririmba m’umurwi PEACE AND LOVE kandi yari awurongeye,aho abantu benshi bamutazira BOBO PEACE,ariko amazina yiwe yahawe n’abavyeyi biwe yitwa JEAN BOSCO NIGANZE.

Kuwo munsi nyene niho bamusezera ubwa nyuma nkuko umuryango wiwe hamwe n’umuryango wabahurikiye mu muziki w’uburundi bashoboye kuguhura ubwambere kumusezerera raho ubwa nyuma hari ku buruhukiro (Morgue) bwa Kira Hospital, isaha zibiri zo mu gitondo (8h00).

13680845_1763351557243384_6585879754801370549_n

Bavuye ngaho kuburuhukiro hakwirikira imisa yo kumusezera ubwa nyuma yabereye kuri Paroisse Saint Michel,igihe c’ isaha zitatu zo mu gitondo (9h00),aho Chorale yarasanzwe aririmbamwo ubwambare atarashobora kwitaba umuremyi nyakwigendera JEAN BOSCO NIGANZE .

Mwomenya y’uko VIANNEY umwe mu bavukanyiwe biwe bakorana umwiga w’umuziki w’uburundi mu kubaryohera no kubateramisha mubiteramwo nkuko bari bagize umurwi Peace and Love bari babiri basanzwe bakorana, kandi Vianney niwe yavugije piano.

Kandi muri iyo misa yo kumusezera ubwa nyuma nyakwigendera nuko abantu bari benshi cane isinzi yari amarira muri bo,ariko avanzemwo umwizero mwinshi bavuga y’uko tuzosubira kumubona mu bwami bw’ijuru munyuma iyo misa irangiye baciye bagana mw’itongo ry’abapfuye ku Mpanda, bamushingurana iteka ridasanzwe bamusezera ubwa nyuma kuvy’ukuri wari umubabaro ntangere ariko bakomeje kumusaba Imana imwakire m’ubwami bwayo.
13769409_1763351070576766_5580161225675711313_n

KURIRAKANA MU KURABA AMAFOTO INGENE BAMUSHINGURANYE ITEKA RIDASANZWE NYAKWIGENDERA" Jean Bosco Niganze" HARI MW'ITONGO RY'ABAPFUYE K'UMPANDA

13767404_1763351517243388_8718090688209838201_o

13735719_1763351333910073_4228094163145706744_o 13754440_1763351227243417_2355198527120824793_n 13697209_1763351303910076_6268653570929198251_n13668924_1763351487243391_5248098385141049716_o13667955_1763351400576733_5356497833548207223_o13667955_1763351400576733_5356497833548207223_o13681051_1763350930576780_7218982619890246813_n 13701059_1763351207243419_3748899260211002525_o 13726556_1763351117243428_4364325278965461042_n 13729134_1763350970576776_8345800640934404009_n 13731558_1763350990576774_366243829573510919_n 13737607_1763351160576757_2997025512882708726_o 13738175_1763351187243421_6684212349477334489_o 13769504_1763351053910101_6801031150819401748_n 13775607_1763351017243438_5268075300785586794_n

Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s