DJ PRO yarekuye Video”MAISHA NA MUZIKI”ubu ahiganirwa AWARD 2016 yabany’America asaba abarundi kumutora”VOTE”


Burya ngo umuririmvyi DJ PRO agacerere yamazemwo umwaka wose n’igice atumvikana mu muziki w’uburundi ntiwapfuye ubusa mu bikorwa vyiwe aho yariko aranategura Video nshasha y’indirimbo MAISHA NA MUZIKI ariko ubu yaraye ayisohoye k’umugaragaro ikomezwa gukundwa n’abatu benshi cane mu kuyiraba kubwinshi uno muririmvyi  rero akaba yashoboye kwizerwa n’ishiramwe AEA USA ryo mugihugu ca AMERICA ritegura amahiganwa adsanzwe ya AWARDS uno mwaka rikaba ryashoboye kuritegura niho ryamutoye mu kumushira mumahiganwa ya AWARD 2016 ari mumuce w’abaririmvyi bashoboye umuziki bafise ingabirano zidasanzwe mu kuririmba”CATEGORY BEST NEW TALENT”

N’iteka ridasanzwe k’umuririmvyi DJ Pro wumurundi  yateye iteka igihugu c’uburundi mu bijanye n’umuziki abikoze inyuma y’umunsi umwe wonyene ashoboye kurekura Video 2016 ,MAISHA NA MUZIK ubu abarizwa mw’ihanganwa AEAUSA ahigarwa gutsindira WARDS 2016 mumuce arimwo arikumwe nk’abaririmvyi bava mubindi bihugu bigize akarere ka EAST AFRICA ni nka Foreign Ward, Kandia Kora Kiflex ,Lipsia,Mayorkun ,Neza,,OcOscillation,Raymond nibo abariko bahiganirwa Award y’abaririmvyi badasanzwe bafise ingabiro zukuririmba” BEST NEW TALENT”niwe muririmvyi wumurundi yaserukiye igihugu c’uburundi muri iryo higanwa arabasaba abarundi bose aho muri hose mushobore kumuhunda amajwi kandi rizoba ribaye iteka rikomeye mu muziki w’uburundi atahanye itsinzi.

13659121_2145128379099048_2352346437516901276_n

DJ Pro arabatera akamo banywanyi mu muziki w’uburundi mushobore kumutora muri benshi cane gose mu kumushigikira mw’ihiganwa AEA USA mumuce wa BEST NEW TALENT kugira aronke amajwi benshi avuye iwanyu ni murabe ngo n’umuririmvyi musanzwe mudafana ahubwo ngo murabe ko akamaro ashobora gutera iteka igihugu c’uburundi kandi c’abarundi bose ni mwamutora muzoba mwerekanye urukundo rudasanzwe nawe ngo azokomeza gukora ukwashoboye itsinzi ayitahukanye mu gihe mwamushigikiye mu kumutora bikazomunezera kubona atahukanye AWARD 2016 ayikuye mugihugu c’America.

Uno muririmvyi DJ PRO yabateye akamo abarundi bose mu kubamenyesha ukuntu mwashoboye gutangura uno mwanya nyene muvyumvise ko ari mw’ihiganwa rya AEA USA arabambwira ngo” Ndabsavye di mumuce wa BEST NEW TALENT mukuzotsindira  AWARD mugotora jewe muraza gufonda ahanditse izina DJ PRO hanyuma baragusaba email n’izina ryawe hasi uraza kubona ahanditse ngo VOTE NOW ndabasavye mukore uko mushoboye kwose kugira mugotora jewe gushika bimenyekane ko itsinzi yatahutse mugihugu c’uburundi bwatwibarutse murakoze ndabashimye barundi muza kumamatwi yanyu mugutora izina Dj Pro muri AEA USA.

13615361_1036324013101050_6992996065165532909_n
NIWAGENDA KUMUTORA Dj Pro UZAKUBONA AKAKANTU NIKO UFYONDA KO IZINA RYIWE

Banywanyi mukunda umuziki w’uburundi mugakunda n’indirimbo z’umuririmvyi Dj Pro akomeje kubaryohera cane muri Video yiwe nshasha y’indirimbo MAISHA NA MUZIKI yasohoye ino ndwi uratewe akamo utangure kumutora,twashoboye kwishikira aho batorera aba BEST NEW TALENT harimwo DJ PRO ashaka ko mwomutora kugira itsinzi itahuke mugihugu c’uburundi mu gutsindira Award 2016 ayikuye mugihugu c’America nkuko gutora vyamaze gutangura nyaragasa kumuhunda amajwi ukaba utazi ingene ubigenza nuko uza gufonda kkuri bimwe bita LINK tuza kuguha icigutwara aho umutora uzakuhabona izina ryiwe ari mumuce wa BEST NEW TALENT niho ucufyonda ahanditse  izina DJ PRO imbere y’uko umutora baraza kugusaba izina ryawe bongere bagusabe EMAIL udafise iyo Email ntibikunda nyaragasa muushobora gutangura uno mwanya nyene kumutora fyonda hano==>>http://www.aeausa.net/vote/urabona ahanditse . BEST NEW ARTIST

Advertisements

One thought on “DJ PRO yarekuye Video”MAISHA NA MUZIKI”ubu ahiganirwa AWARD 2016 yabany’America asaba abarundi kumutora”VOTE”

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s