BIG FIZZO akomeza amenyekanisha abahanzi n’abahanzikazi bo mu Rwanda ubu hashikiwe AMORE


Igihangane c’umuziki w’uburundi  w’uburundi benshi bamuzi nk’umurimvyi BIG FIZZO yamamaye cane mumwuga wo kuririmba indirimbo zigakunda abantu benshi bazumvirije nkuko akomeza kumenyekanisha ibikorwa akora vy’umuziki mu bihugu agendayo gukoreramwo kandi aguma amenyekanisha cane  indirimbo zitandukanye bamusaba abahanzi n’abahanzikazi bo mugihugu kibanyi c’urwanda mu gukorana indirimbo nshasha isohotse ishimisha benshi   ninyuma yaho akoze indirimbo INDORO amfashije abahanzikazi CHALY & NINA barayimoze irasohora irabica biracika mu bantu benshi ntiyibagiye gukora indirimbo SHE SAYS YES ayimfashije abahanzi bagize Super Lavel nka SAFI MADIBA & FIREMAN.

Nkuko izo ndirimbo na Video zazo vyose vyamenekanye cane mu muziki w’urwanda n’uburundi bazarahitinga cane gose nuko umuririmvyi BIG FIZZO avuka mu Burundi ikindi ntiyagarukirije ngaho kuguma amfasha gukora indirimbo z’abahanzi n’abahanzikazi  aherutse gukorana indirimbo n’umurwi w’abaririmvyi TBB bo mu Rwanda bayikoze ukwezi guheze yaramaze gusohoka kandi ikomeza kumenyekana cane iyo ndirimbo yumviriza abantu benshi cane bo mu Rwanda no mu Burundi niyo ubu bakunze cane kumviriza bakaryohera yitwa” NATACHA.”

13230114_10153629806843786_8053224773539277752_nBig Fizzo akora umiziki w’uburundi mwuno mwaka wa 2016,yaje adasanzwe yazananye invugu nyinshi zokuguma amfasha cane gukorana indirimbo nshasha  n’abahanzi hamwe n’abahanzikazi bakora umuziki w’urwanda kandi yaheruka mugihugu c’ubwongereza“UK” kuhakorera ibiteramo yari yatumiwemwo nkuko ngo yararyoheye abantu benshi mundirimbo ziwe yaririmvye bavyitabiriye ariko yashoboye guhurirayo n’umuhanzikazi atari mushasha cane mu muziki wurwanda azwi kw’izina rya AMORE amazeyo igihe kinini ariyo yiga m’ubwongereze kandi bahuriye mubiteramo kimwe bakoze ariko baganiriye vyinshi bijanye n’ugutera igikorwa gishasha barabe ukuntu bokorana indirimbo nshasha uy’umwaka wa 2016.

Ikamenyekana cane gose mu kuryohera abantu benshi harimwo aba fans babo nkuko bari babibemereye barashoboye kugikorera ko vyamaze kumenyekana neza ko igihangange c’umuziki w’uburundi ariwe Umuririmvyi Big Fizzo ashikiriye  gumfasha umuhanzikazi AMORE avuka mugihugu c’urwanda cmu gukorana indirimbo nshasha  izobaryohera cane gose aba fans babo nuko baramaze kuyiheza kuyikora  bayijemwo badasanzwe mu kuririmba neza amajambo y’urukundo bakoreshejemwo ngo muyitegurira kuzoyumviriza muri benshi cane ni vuba cane irabashikira k’umugaragaro muyumvirize muri benshi cane abanywanyi b’umuziki nyarwanda n’uburundi izomenyekana cane mu kuyikunda.

13522023_10153721891603786_8415312528751178646_nIndirimbo nshasha mugiye kuzokumviza mu kuryoherwa cane y’umuhanzikazi Amore yamfashijwe na Big Fizzo asanzwe ari igihigangange c’umuziki w’uburundi mu baririmvyi bageze kuntambwe nziza yo kumenyekana cane gose kandi bamaze kuwuteza imbere ariko ngo izoba yitwa “DIE FOR YOU” bisobanura mururimi rw’ikirundi “NZOPFA KU BWAWE”niyo ndirimbo nshasha bakoreye mugihugu c’ubwongereza vuba cane brayibazanira mu kuyisohoka k’umugaragaro niho abarundi n’abanyarwanda muzotangura kuymva mugire ico muyivuze ko mugishikiriza ivyumviro vyayu  ukuntu mwayumvise nimba izoba yabaryoheye canke itabaryoheye mu kavuga aho bashoboye kwihenda kuyiryosha.

Ariko ngo muzoyakira neza cane kuko izobaryohera kumutima rero mugume hafi ntagihe kirekire basigaje bayisohore bazoba bucike mumaze kuyumva baririmba bahanahana mundirimbo nshasha yiswe Die For You baheruka gukorana nkuko banywanyi mu muziki w’uburundi muvyumvise ko Big Fizzo yashoboye kongera gumfasha gukora indirimbo nshasha numwe mu bahanzikazi bo mu Rwanda ariwe Amore mbega mwavyakiriye gute mukumva y’uko aguma agaragara ubucuti bwiza afitaniye hagati y’abahanzi n’abahanzikazi bo mu Rwanda mu kuguma abamenyekanisha mundirimbo zabo bakoranye zica zihitinga mu kazumviza cane mu kavuga ko muryohewe?

UMVIRIZA INDIRIMBO NSHASHA AHERUKA Big Fizzo GUMFASHA ABAHANZI B'ABANYARWANDA BAGIZE UMURWI Tbb UBU NAHO VUBA MUZOKUMVA IYO YAKORANYE N'UMUHANZIKAZI W'UMUNYARWANDKAZI Amore.
Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s