NATACHA atsindiye ikibanza ca mbere abaye”THE ARTIST OF MONTHLY JUNE 2016″akora umuziki w’uburundi


13600269_2143161649295721_1008138007766038086_n

 

Natacha ahejeje ico gikorwa yamfashije Gaga Blue vyose yabikoze mukwezi kwa gatandatu carimwe haba Audio canke Video vy’indirimbo Utaipenda niho nawe yaciye yiha ingingo zo gufata urugendo rudasanzwe rwamukuye mu Burundi tumujana mugihugu ca Tanzania kuhakorera igikorwa gishasha agikoreye aba fans biwe no kuguma amenyekana mu muziki wa East Africa yongera amenyekanisha umuziki w’uburundi muri ico gihugu yarimwo mwibukeko atari iryambere yarakigiyemwo kugikoreramwo igikorwa  c’umuziki rero amaze gushika muri Tanzania bukeye bwaho yaciye aja muri Studio Wasafi Record”“WCB” iri mugisagara ca Dar-es Salaam ya DIAMOND PLATNUMZ.

13619798_2143161752629044_6085724582746046225_n

Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s