Mumenyeshwa kuzoraba Video TODAY THAN YESTERDAY ya King Fanatic arikumwe na BIG FIZZO,itariki 10/07/2016


K’umunsi wa kabiri wiyi indwi niho hasohotse indirimbo nshasha yitwa TODAY THAN YESTERDAY y’umuririmvyi KING FANATIC wo mugihugu ca R.D.CONGO ayikoranye na BIG FIZZO igihange mu muziki w’uburundi asanzwe akomeye cane mugukundwa n’abantu benshi bari mubihuguu bitandukanye ukuntu aririmba nuko igisohoka yakiranwe igishika cisnhi cane gose abayumvije bose baguma bavugako imeze neza yabaryoheye ubuho bazorushirazaho kubera uno munsi ubaye uwigira kabiri isohotse k’umugaragaro uravye aba fans babo baririmvyi uko bakomeza kuyikunda vyatumye bamenyeshwa ko bazobandanya baryoherwa cane gose kurusha vuba cane hagiye bazobazanira igikorwa gishasha cayo.

Indirimbo Today than Yesterday ya King Fanatic yakoranye na Big Fizzo iriko irakundwa cane n’abanywanyi mu muziki w’uburundi bashimye uburyo ikozwemwo bayumvisemwo kandi irushirizaho kubaryohera  nubu bamwe bamwe batarayumva bakomeje kuyisaba ariko twobamenye y’uko twasubiriye kuyibazanira muyumviriza ngaha kandi iyo ndirimbo vuba iramaze gukorerwa Video nshasha nziza cane idasanzwe izobaryohera kuraba muraguma hafi mu kuyirindirana igishika cinshi mu kuzoyiraba mugire ico muyivuzeko nkuko muzoba muriko muyiraba.13413565_590171771147715_6020076145309843270_nKing Fanatic na Big Fizzo vuba cane muzobabona barikumwe muri Video nshasha y’indirimbo Today than Yesterday ngo ntibazovyorosha mubitegurire kurabamwo muri benshi nkuko ngo bayikoze neza ibereje ijisho muramenyeshwa aba fans babo baririmvyi mwashimye uko bakoranye Audio yayo kandi bazongera b’abaryohere  mu kubazanira iyo Video mu kuyakirana igishika cinshi nkuko mwaraye mwakiranye gishika cinshi bayisohoye k’umugaragaro iyo Audio yayo ubunaho muminsi irimbere bararekura Video y’umwaka wa 2016 yiyo ndirimbo Today than Yesterday.

Mukomeza mumenyeshwa ko ubu mwotangura gushikira ivyiyumviro vyanyu ukuntu mwoba muvyakiriye kumva ko bazoshora Video nshasha y’indirimbo Today than Yesterday barikumwe nkuko bivurwa na  KING FANATIC ambwira aba fans biwe,naba fans BIG FIZZO ko bazoyibashikiriza  mukwezi kuza kandi yashimye ukuntu abanywanyi bakunda muziki wa R.D.Congo n’uburundi k’ukuntu berekanye ko bakunze cane kuba bumvirije Audio y’indirimbo  Today than Yesterday mu gihe yarangije avuga ngo na Video yayo izobanezera kuraba munsi ugeze bateguye y’uko bakayisohora mukuyishira k’umugaragaro muyirabe muri abantu benshi.

13563360_911582342300662_1782778070_nNgo iyo Video nshasha y’indirimbo Today than Yesterday y’umuririmvyi King Fanatic arikumwe na  Big Fizzo nkuko mugiye kuzoyiraba harimwo amashusho meza azobashimisha kurabamwo yakozwe kurwego rukomeye n’ubuhinga bugezweho rero muramenyeshwejwe isango ntabanduka ryo kuzoyiba mu kubandanya mu kuryoherwa bayizosohora kw’igenekerezo rya 10/07/2016  izoba yamaze kubashikira k’umugaragaro ariko ubu mwoba murayirindirana igishika cinshi co kuzoyiraba mubambwire ukuntu wiyumva kubona bazoyisohora barikumwe nkuko umwe avuka muri R.D.CONGO ariwe King Fanatic hama uwundi akavuka mu Burundi ariwe Big Fizzo none muvyakiriye gute nkaba fans babo?

Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s