Ndazi ko muri benshi murindiranye igishika indirimbo y’umuririmvyi Afisa Raj B aho aserura akari ku mutima bivuye mu kutumvikana hamwe n’umuririmvyi Big Fizzo.
Mu kurindira iyo ndirimbo, twashoboye kugirana ikiganiro na Afisa, aho twaganiriye vyinshi ku vyerekeye bifu yiwe na Fizzo.
Murashaka kumenya ico yavuze? Ntimutangwe rero gukurikirana ico kiganiro ku musi w’ejo.
Edmond Rossif NIYOMWUNGERE
Advertisements
Raja na Fizo bahuriyehe?ngira ashaka kumenyekana biciye muri bifu nokwita iy’uburufa.
LikeLike