MKOMBOZI atangaje ko ORNELLA niwe”MISS BURUNDI 2016/2017″yemera kw’afise ubwiza burenze


Kuv’aho igihanwa ryaba Miss Burundi 2016/2017 ritanguye haguma hibonekeza abarundi n’abarundikazi bariko bashigikira abakobwa baciye ubwenge biyemera ko bafise ubwiza biyandikishije muri iryo higanwa rikomeje gukundwa cane gose kubera abariheruka kera cane hari haciye imyaka ine yose mugihugu c’uburundi ntihatorwa Miss Burundi kuko ngo  mugihugu hagiye haraba ingorane zitandukanye zijanye z’umutekano ntiwari wifashe neza nkuno mwaka wa 2016 .

Uno mwanya hashoboye kumenyekana  umwe mu bihangange vy’umuziki w’uburundi akundwa cane yavuye mugacerere mu gutangaza umukobwa mwiza aciye ubwenge yemera cane gose gusumvya abandi aba Miss Burundi 2016/2017 b’abakobwa bariko barahiganwa mu gutorwa biciye kurubuga rwa Facebook Miss Burundi 2016/2017 ico gihangange ni Umuririmvyi MKOMBOZI arahejeje kugaragaza ukuri kwiwe mu gutangaza umu Miss Burundi 2016/2016 yemera cane gose kubwiza afise burenze kandi yamwemeje cane rero aba fans biwe mushikire mu kumutora uwo mu Miss Burundi 2016/2017.

12342465_1041212275918342_1626461652289284314_nAriko arahiganwa mu kurondera amahirwe atsinze yinjire muri Demi-Final yongere atahukane na Final mu kuba Miss Burundi 2016/2017 mugihugu c’uburundi bwose niho uwo muririmvy yshoboye gutera akamo aba fans biwe bazogume batora uwo mu Miss Burundi 2016/2017 yemeye kw’afise afise ubwiza burenze aciye ubwenge yiyubaha niwe yashimye kuvuga ko amwemera cane gose mw’ihiganwa ririko riraba ryaba Miss Burundi 2016/2017.

Umuririmvyi Mkombozi akongera akaba umuraperi w’imistari myinshi ikundwa kumvirizwa n’abarundi benshi aririmvye mundirimbo ziwe nka Nzeyimana,Papa Nzeyimana n’izindi nyinshi niwe ashoboye gutangaza umu Miss Burundi 2016/2017 yabonyeko amwemera gusumba abandi bose akwiriye kwitwa MISS BURUNDI 2016 w’umwaka wa 2016  ngo aramwemera cane gose kubwiza yibitiye burarenze biramukwiye ko yomuba yakunze cane ukuntu afise igiharagaro ciza araberwa iyo umuntu amubonye amaso muyandi canke kudufoto twiwe nkuko Mkombozi  yashoboye kutwereka utwo dufoto twa Miss Burundi 2016/2017 akwiriye ikibanza cambere agutowe cane.

Mkombozi abimenyesheje uno munsi wa kabiri igenekerezo rya 28/06/2016 inyuma y’umunsi umwe gusa ihiganwa rya Miss Burundi 2016/2017 ritanguye mu Burundi guhiganishwa abakobwa beza baciye ubwenge biyubaha nkuko yamutwiganiye umu Miss Burundi 2016/2017 abonako yemera cane kurusha abandi bose bariko barahiganwa ngo n’uwitwa ORNELLA ngo niwe umukobwa afise ubwiza anaciye ubwenge yemera cane gose arabonako naba fans biwe mwomushigikira mu kamutora mukumuha amahirwe yo gutahukana ikibanza cambere mugice canyuma gishika icanyuma kigiye kuzoba vuba ukwezi kw’indwi.

13524498_1238263542873580_8219878633851512817_nAba fans b’ihangahangange mu muziki w’uburundi,umuririmvyi Mkombozi nkuko mushoboye kumenya uumu Miss Burundi 2016/2017 ariwe ORNELLA yemerwa cane gose kwafise ubwiza burenze no guca ubwenge nuwo musanzwe mukunda cane gose indirimbo ziwe zibashika  kumutima mushaka gutangura kumutora Ornella mushobora kuja kuri Facebook  zanyu mugashakisha harya baronderera amazina uhandike MISS BURUDI 2016/2017 uraheza wishikire neza kuri Facebook Miss Burundi 2016/2017 muraza kubona ifoto ya ORNELLA fyonda  LIKE/J’AMINE , SHARE/PARTAGE canke wandike COMMENT/COMMENTAIRE.

Nkuko abanywanyi mu muziki w’uburundi mushoboye kumenyesha Miss Burundi 2016/2017 yemewe cane gose n’umuririmvyi Mkombozi mukuvuga umukobwa Ornella niwe mwiza afise ubwenge  aramera cane gose kuko yamweje nawe kuduto twiwe twiza twamuhaye icezere ko akwiriye gutorwa akitwa Miss Burundi 2016/2017 kandi mukwiye kumutora mu kumuha amajwi yanyu muzoba mwerekanye urukundo musanzwe mukunda uwo muririmvyi.

13533115_1755727544672452_7340097955130056476_n
                                      ORNELLA
KURIKIRANA MU KURABA UDUFOTO TWA Ornella UBU ARIKO ARAHIGANIRWA KUZOBA Miss Burundi 2016/2017 MUGIHUGU C'UBURUNDI BWOSE NIWE YEMEWE CANE GOSE TWAMWEMEJE IGIHANGANGE MU MUZIKI W'UBURUNDI ARIWE UMURIRIMVYI Mkombozi RABATEYE AKOMO MU KUMUTORA.

13494893_1755725961339277_164188198040887192_n 13501770_1755725938005946_685520070756740821_n

Advertisements

One thought on “MKOMBOZI atangaje ko ORNELLA niwe”MISS BURUNDI 2016/2017″yemera kw’afise ubwiza burenze

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s