INGABIRE SALUM NASSOR avutse itariki 28/06/2016,isaha 7 z’ijoro niminota 7 n’umwana wa LOLILO na LOLIANE imana ibahaye


Amakuru agezweho mu muziki w’uburundi kandi aryoshe mu ba fans b’igihangange c’uwo muziki ariwe Umuririmvyi LOLILO nuko umugore wiwe nawe asanzwe ari umuririmvyikazi LOLIANE yaramaze amezi icenda y’ubungenze”INDA” mu mwanya ahejeje kuvyara umwana w’umuhungu ntiworaba umunezro ni wose bararyohewe cane ashoboye kuvuka  k’umunsi wa kabiri itariki 28/06/2016 igihe c’isaha 7 n’iminota 7,Imana niho ishoboye guhezagira umuryango wabo mu kubaha ico kibando bakaba bamaze kugitorera izina yitwa amazina ya se wiwe hamwe na nyine wiwe ub’umunezero ni wose kumuryango ushoboye kuronka uwo mwana w’umuhungu adasanzwe bahawe ni Mana.

INGARIRE n’izina rya nyine wiwe ariwe Umuririmvyikazi LOLIANE hama  NASSOR n’izina ya se wiwe ariwe Umuririmvyi LOLILO muri makeya cane uwo mwana ahejeje kuvuka yitwa INGABIRE SALUM NASSOR nkuko twashoboye kuyaga n’abavyeyi biwe batumenyesheje ko baryohewe cane gose kubona Imana ishoboye kubaha umwana avutse akomeye atakibazo yigeze agira mbega nk’umunywanyi mu muziki w’uburundi cangwe umu fans wabano bavyeyi bahejeje kuronka umwana w’umuhungu wo bambwira ijambo nyabaki mu kubipfuriza imigisha?

13494780_2140381392907080_6198388350717479064_nHamwe no kwipfuriza imigisha uwo mwanya wabo w’umuhungu bahejeje kuronka mw’ijoro ryo kuruyu wa kabiri igihe c’isaha 7 n’iminota 7 nyene? ikindi twobamenyesha n’uko mu muziki w’uburundi hashoboye kuvuka uwundi muririmvyi mushasha azoza asubira se wiwe suwundi ni INGABIRE SALUM NASSOR  hejeje kuvuka ukaba ubishoboye ushobora kugira ico wongeyeko mu kubarira akajambo kamwe Umuririmvyikazi LOLIANE yaramaze amezi icenda yibungenze afise imbanyi y’umuririmvyi LOLILO barambanye akaramata ariko Imana ishoboye kuba umwana wabo bari barindiranye igishika cinshi none yamubahaye mu kuvuga neza cane akomeye atangorane ntimwe ihabaye nkuko nabo bavyivugira ko banezerewe kuronaka umwana INGABIRE SALUM NASSOR .

RABA AMAFOTO Y'UMWANA WA Lolilo NA Loliane BAHEJEJE KURONKA MUMWANYA UHEZE AVUTSE ITARIKI 28/06/2016

13507138_2140381329573753_3805722289854848627_n 13524529_2140381346240418_5816282482371509350_n 13524453_2140381306240422_6960603774911070006_n 13510997_2140381369573749_4535199500750694137_n

Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s