Abantu bo muntara ya Makamba tora SONIA mushiki wa Réverien Ndikuriyo atsinde abe Miss Burundi 2016/2017


Ubutigu burageza abantu bimvukira muntara ya Makamba mwari mubiziko wa mukobwa mwiza cane gose aciye ubwenge yiyubaha yitwa SONIA wi Makamba aserukiye abakobwa bafise ubwiza baciye ubwenge biyubaha bose bavuka i Makamba aheruka kuronka amahirwe yo kuja guhiganwa mw’ihiganwa ridasanzwe ririko ribera mugisagara ca Bujumbura rizwi kw’izina rya MISS BURUNDI 2016/2017.

Ubu ihiganwa rya Miss Burundi 2016/2016 ryaraye ritanguye  kandi asanzwe ari mushiki wa nyakubahwa Réverien Ndikuriyo yahoze ari buramatari wa Makamba nkuko mubizi ko ariho avuka kandi asanzwe ari umukuru w’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi “FFB” akongera akaba umuyobozi w’ikipe AIGLE NOIRE F.C akomeje gukora neza rero ni akanya kanyu mutangure kumushigikira uwo mukobwa mugutahukana itsinzi azoba ahawe namwe nyene abanya Makamba mu kumuhunda amajwi mushoboye kumu tora mw’ihiganwa rya MISS BURUNDI 2016/2017 nkuko yaraye  atanguye guhiganwa kuva kw’igenekerezo rya 27/06/2016.

REVERIEN-CLOT-SSN-JN-15
Réverien Ndikuriyo

Sonia  mushiki wa Réverien Ndikuriyo arabasaba abantu bi Makamba mwese aho muva mukagera ko mwokwerekana umutima w’urukundo ataco muravye canke musavye mushobore kumutora mw’ihiganwa rya Miss Burundi 2016/2017 kuko ari mumahiganwa yanyuma yokuja muri Final ngo n’uko mwotangura kumu tora muri benshi cane gose mukumunda amajwi menshi mukumuha amahirwe yo kuzoshobora gutahuka itsinzi mu kibanza cambere akitwa MISS BURUNDI 2016/2017 ariko mwotangura ak’akanya kumu tora azoshike mugice canyuma bita mukinyamazuru Final mubandanye mpumutora gushika atere iteka intara ya Makamba nkuko yayuserukiye muvakamwo eka nawe ayivukamwo mukore uko mushoboye kose uko bukeye nuko bwije mukomeze kumuhunga amajwi mu kumu tora.

13501713_1238375612862373_6021864409157188750_n

Tubamenyeshe abantu muvuka muntara ya Makamba ko  mu kumutora SONIA avukana na Réverien Ndikuriyo muri ryo higanwa rya MISS BURUNDI 2016/2017 ubu arimwo guhangana n’abandi bakobwa bafise ubwiza baciye ubwenge nkawe bavuka muzindi intara rero mushobora kuja kuri Page FACEBOOK yitwa MISS BURUNDI 2016/2017 muraza kubonaho ifoto yiwe yanditse ko izina ryiwe nkuko muyibona ngaho afise urupapuro rwandinditse izina  VOTE SONIA bisobanura TORA SONIA  arabambwira mutore abe Miss Burundi 2016/2017 mukuba uwambere atsindiye iryo higanwa kandi iyo foto ya Sonia mubona muraza kuyisanga ko niyo itangura hama umutore  wandike COMMENTS canke ufyonde LIKE na SHARE.

Aho bantu bi Makamba muzakuba mpuhejeje kumuha amajwi yanyu kuko kumutora bishobora kuzohera mundwi iza hama abajejwe gutegura ihiganwa Miss Burundi 201/2016 bakazoheza bamenyeshe abashobore kurenga batowe bakaja muri Final hanyuma bakazoca bahiganirwa ikibanza cambere kw’igenekerezo rya 23/07/2016 bazoba bari muri yo FINAL uwo munsi nyene hazorara hamenyekanye uwabaye Miss Burundi 2016/2017 inyuma y’imyaka 4 hamenyekanye Miss Burundi 2012 n’uko abanyaMakamba mutore kubwinshi Sonia mugukomeza kumuhunda amajwi no kugushikira mpuheze mpumuhe amahirwe adasanzwe yegukane ikibanza cambere yitwe Miss Burundi 2016 tugireko tubamenyesha kwariwe ubu utembereye Page Facebook Miss Burundi 2016/2017 akomeje gutorwa cane aho abantu bamaze kumutora mugafyonda LIKE  barenga igihimbi kuduga hamwe na COMMENTS arenga amajana atatu na SHARE mirongo irindwi na zine.

Mwur’uno mwanya turiko tubibamenyesha twitegereje neza niwe mukobwa aciye ubwenge afise ubwiza yiyubaha bakomeje gutora cane gose murasambwe kumu tora no kumushigikira cane ashobore gutera iteka intara ya Makamba ironke umu Miss Burundi 2016 icuro yambere.

1467125399894

Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s