Tora umukobwa mwiza aciye ubwenge muba MISS BURUNDI 2016 aronke amahirwe ya DEMI-FINAL


Mugihugu c’uburundi mwuno mwaka wa 2016 hatanguye ihiganwa ryaba MISS BURUNDI 2016/2017 k’umunsi wa mbere igenekuko rya 27/06/2016 niho hashobora kumenyekana abakobwa beza baciye ubwenge kandi bisonera bakiyubaha,igitiri cabo bose hamwe ni 16 batowe mu kwiyandikisha kandi umwe wese muri bo arashaka itsinzi bagasaba abarundi n’abarundika aho muri hose mushobore kubatora mu kubahunda amajwi menshi nkuko mubabona kurayo mafoto bariko umwe wese afashe urupapuro rwanditse izina ryiwe n’uko rero bariko bahiganirwa barabe ko boronka amahirwe avuye iwanyu bakaronka itike yo kwinjira muri DEMI-FINAL.

Kandi amashamba yashushe muba Miss Burundi  2016/2016 ubu batanguye guhiganirwa kwinjira mukibanza ca Demi-Final ubaravye bose uko ari 16 abakobwa beza baciye ubwenge bize kandi biyubaha barashaka ko yoshika muri cogice bivuye kuri wewe murundi canke murundikazi ukurikirana ihiganwa barimwo rya MISS BURUNDI 2016-2017 mushobora gutangura gutora murabo mubona amazina yabo urabemwo uwo ubonako yakunyuze kumutima ukabonako akwiriye kutsindira ikibanza cambere akitwa Miss Burundi 2016 hariho uwitwa:

13497964_1261517537193567_956011402409575381_o

1. Sonia

2.Bella

3. Laly-Laurraine 

4.Monna

5. Florette 

6.Ketsia 

7.Marie-Line 

8.Arlette 

9. Ornella 

10.Kelly

11. Claudia 

12.Sciella 

13.Tracy  

14. Lena 

15. Cheilla  

16. Gretta

13507101_1238258789540722_823032381848989175_n

13502067_1238267232873211_6247745237657873317_n13501713_1238375612862373_6021864409157188750_n

13533079_1238357999530801_6837309660345483118_n

13533074_1238353209531280_8355908961152826839_n13528770_1238256486207619_758571632190833999_n13524498_1238263542873580_8219878633851512817_n13516286_1238254312874503_5599367034493491821_n13512150_1238264609540140_3149351619530249671_n13512097_1238261572873777_4142212308879697465_n13511020_1238260632873871_6268175411343568030_n13511010_1238255482874386_7894024944106776780_n13510848_1238262859540315_5424277750517678124_n13510757_1238369339529667_4948173903888968519_n13507110_1238323589534242_6904861339768901482_n

13528782_1238254989541102_8533816485908544338_n

Ukeneye kumenya vyinshi bijanye n’ihiganwa ryaba MISS BURUNDI 2016-2017 uhejeje gutora murabo bakombwa neza b’abarundukazi baciye ubwenge biyubaha bakaniyemera ko bafise ubwiza birenza n’uburebure bwiza rero ntutangwe gutota uwo ubonako akunyuze kumutima abereye kwitwa MISS BURUNDI 2016 muhe ayo mahirwe yinjire muri DEMI-FINAL.

Hama vuba  tuzobandanya tubamenyesha uko amatora yagenze ntabashoboye kurengana bakaja muri Demi-Final mukuzoca basubira guhiganirwa ikibanza cambere ca FINAL,menya vyinshi vyaba Miss Burundi  2016-2017 uciye kuri +25775491491, +25775497497

Advertisements

2 thoughts on “Tora umukobwa mwiza aciye ubwenge muba MISS BURUNDI 2016 aronke amahirwe ya DEMI-FINAL

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s