CHRIS-BIZ na CLEMENTINE bazokorana cover y’indirimbo yitwa”ROMANTIC”niya Korede Bello


Umuririmvyi CHRIS-BIZ asanzwe arimvukira yo muntara ya Gitega aheruka gusohora indirimbo yitwa ABANTU umwaka wa 2016 yaryoheye abantu benshi cane gose bayumvirije igisohoka benshi barayikunze kuva ico gihe ntiyaribwasubire kumenyesha aba fans biwe ko hariho indirimbo yoba agomba gukora nshasha mu kuyibazanira bakaryoherwa ariko ubu yagarutse abazaniye iyindi nshasha izobaryohera akazoyikora k’umunsi wakane itariki 30/06/2016 akavuga ko izobiryoshe kumviriza kandi azoyikorana n’umuririmvyikazi benshi bamuzi mw’ihiganwa rya Primusic 2014 yigeze gurukira  Intara ya cankuzo asanzwe avukamwo.

Abanywanyi mu muziki w’uburundi mukunda indirimbo z’umuririmvyi Chris-Biz mwobamuzi indirimbo nshasha yiwe agiye kubashikiriza k’umugaragaro uwo bazoyikorana ni Umuririmvyi CLEMENTINE muzi muri Primusic y’umwaka wa 2016 izobaryohera cane gose n’indirimbo nziza cane bazosubiramwo mu kuyikorera kuyikorera Cover yayo yampamaye mu bihugu vy’Africa  yitwa”ROMANTIC’ariko original yayo yaririmvye uwitwa KOREDE BELLO wo mugihugu ca Nigeria aho yayikoranye na TIWA SAVAGE nawe asanzwe ari wo muri Nigeria hama ngo ntaho bazoyisubiramwo barabemereye muzoryoherwa kuko bagomba kuzoyikora neza bayishire mururimi rw’ikurundi muzitahura mwese ico ivuga.

12719459_523454977836031_5373812540732476556_oCHRIS-BIZ na CLEMENTINE ngo bazokwinjira muri Studio yitwa Master Muzik batangure kuyikora neza bashiremwo amajambo menshi y’ikirundi muzoshobora gutahura muri ko murayumviriza azobaryohera nkuko mwashoboye kumva Original yayo bazoyisubiramwo mu kuyikorera Cover bayiririmba mukirundi tubibutse ko iyo Studio bazoyikoreramwo aho bazomusangayo umuhinyanyuzi Masterland akongera akaba umuririmvyi b’arabamenyesheje y’uko ariwe azoyihinyanyura iyo ndirimbo ROMANTIC bazoheza bayikumvisha vuba cane mu kuyisohora k’umugaragaro ngo woba urayirindira.

Mukiganiro twahaye n’umuririmvyi Chris-Biz nyene indirimbo Romantic mu kuyisubiramwo apfadikanije n’umuririmvyikazi Clemantine bazoshobora kuyikorana neza gushika  aba fans babo muzoryoherwa nkuko bazoyiririmba mu kirundi  ntibayiheza kuyikora arabibutsa ko bazajana n’uwo muririmvyikazi mu kwinjira Studio k’umunsi wa kane bariyeguye cane gose kuzoyiryosha cane gose bazobemeza muyumvise kandi bafise umugambi wo kugirako bayikorere Video yayo ngo bazomenyesha umunsi bazotangura kuyikora nayo izosohoka ibaryohera kuraba.

12043097_1646397345613900_557412203124020814_nTwongeye turamubaza Chris-B umunsi bazoba bayihejeje muheze muyumvirize indirimbo Romantic mu kuyikorera Cover n’uko yatwishuye y’uko batanguye imyiteguro kuzoyikora basubiramwo neza mururimi rw’ikirundi yagiriye ko abemerera aba fans biwe ko vuba muzoshobora kuyumva abambwira ngo indirimbo Romantic tuzosubiramo niya Korede bello Romantic tuzoyikora mukirundi muri makeya ni cover hama ico nobabwira n’uko mwokwicara muyiteguriye vuba tuzoyishira k’umugaragaro kandi iyo ndirimbo tuzosohorana na Video yayo ndikumwe na Clementine.

Abashaka kuzoyumviza canke kuyiraba abasaba mwitagure kuyirindirana igishika bazokunezereza bazoyikora muburyo budasanzwe mu gushiramwo amajwi azobaryohera kumva abaruhura kumutima tubibutse ko indirimbo Romantic ivuga ivy’urukundo hagati y’umuhungu n’umukobwa nkuko abumva ururimi rw’icongereza mwayumvirije iririmba  Korede Bello na Tiwa Savage bo muri Nigeria ariko ubu muzoyumviriza mururimi rw’ikirundi iririmba Chris-Biz na Clement bayibemereye izobaryohera cane kuko basanzwe bafise ubuhinga budasanzwe mu kuyisubiramwo hama bayikorera na Video.

Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s