Yafashwe amafoto BIENV-FIZZO aryana indimi n’umukobwa kuri Sky Carama bafatanye iminwa


 

Umuririmvyi BIENV-FIZZO kino gihe aherutse gusohora indirimbo nshasha yitwa WACHANE ikomeje kuvurwa ko vyinshi n’abanywanyi batandatukjanye mu muziki w’uburundi kubera amajambo bumvisemwo yaririmvye bamwe bayakiriye neza abandi bayakiriye nabi cane uno muririmvyi yaraye atumiwe mugiteramo ca Kermess Ets Carama benshi bahazi nka Sky Carama yateramishije abanyeshure bahiga harimwo naba fans biwe bararyoherwa cane gose kandi baraye bamufashe bamufotoye amafoto arikumwe n’umukobwa.

Biriko bivurwa ko uwo mukobwa  yiga kuri Ets Carama ngo bahakoreye ibintu bidasanzwe bikomejwe kubavurwa ko niho abanyeshure baho babambwira ko batashoboye kuvyihanganira kuko bagaragaraje nabi umuzero mu gukora ibitabaryoheye imbere y’amaso yabo bashoboye kubibonera umwanya bariko barasomana mu kuryana indimi n’iminwa nkuko bafashwe amafoto barikumwe abagaragaraza bariko barasoma bahindutse mumaso ababonye bakavuze y’uko batangaye.

13528746_1753352044903069_6616015777798289339_nVyamukomeranye BIENV-FIZZO bamufotoye amafoto menshi arikumwe n’umukobwa basoma ngo kuryana indimi nkuko mubonana kurayo mafoto bafatowekandi  mugisagara ca Bujumbura bakomeje kuyavuga ko ibintu vyinshi bakibaza igituma bubahuka kuryana indimi imbere y’abantu bari  kuri Sky Carama yaraye abemeje ukuntu yigenjeje imbere yabo mu gusomana n’uwo mukobwa baratanguye cane kubona ayo mafoto bafotoye igiteramo kimaze guhera ca Kermess.

Twaganiriye n’umuririmvyi Bienv-Fizzo twamubije igituma abantu benshi babonye amafoto yiwe arikumwe n’umukobwa basomana aho bakomeje kumuvuga ko vyinshi n’uwo mukobwa ngo barikumwe baryana indimi mugusoma bafatanye iminwa kandi yagize ico ayavuga ko ayo mafoto bamufashe bamufotora umwanya yariko arabikora mu gusomana n’uwo mukobwa yatwiganiye ngo yaraye akoze Kermess kw’ishure rya Ets Carama yateramishije aba fans biwe bari  benshi kuri Sky Carama y’arabiciye biracika abaje muri Kermess bararyohewe cane ukuntu y’abaririmbiye indirimbo ari  kuri Stage.

13438915_2139801732965046_2617053161146390044_nUmuririmvyi Bienv-Fizzo aravuga ibijanye no gufotorwa amafoto arikumwe n’umukobwa vyavuzwe ko baryana indimi asanzwe ari umunyeshure wo kuri Ets Caramaho yabaye Miss agira gatatu munyuma igiteramo kigiheze yaje amubona uwo Miss w’umukobwa amutumbera azananye n’abandi bigana azabona amusumbiye ko atangura kumusoma niyo ntango yo gutangura kuryana indimi ikintu kiriko kimubabaza ngo ayo mafoto bamufotoye arikumwe n’umukobwa basomana zikomejwe kuvugarwa ko amajambo menshi vyamurenze kubera nawe ntabitahura abonako yaraye aguye mw’ikosa araryemera arasavye imbazi abanywanyi mu muziki w’uburundi naba fans biwe bose mushoboye kubona namwe ay’amafoto.

MURABE AMAFOTO Y'UMURIRIMVYI Bienv-Fizzo YARIKO ARARYANA IDIMI MUGUSOMANA N'UMUKOBWA YABAYE NGO UWAGATATU MUKUBA MISS KW'ISHURE RYA ETS CARAMA 

13528920_2139801756298377_2538416176574741263_n

13533082_2139801792965040_8795104096580447419_n

13528759_2139801696298383_6258425266781825871_n

Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s