Raba LOGO iranga Company The Classico ya FRANCK Pro mu Burundi woba uzi ibizokorwayo


Umumenyeshamakaru FRANCK Pro atagira imbibe mu kumenyekanisha ibikorwa vy’abaririmvyi n’abaririmvyikazi b’igihugu c’uburundi yaraherutse kumenyesha abarundi n’abarundikazi basaznwe baba mugisagara ca Bujumbura vuba agiye kuhazana ikampuni nshasha mu Burundi yitwa THE CLASSIC izoba ije kuhakorera ibikorwa vyogufata amafoto

PHOTOGRAH” no gufata amasanamu “VIDEO SHOOTING “

Nkuko yabemereye ko yatunganije  igiteramo c’ishirwa ahabona ry’ibikorwa bizokorerwamo ukwezi kw’7″LANCEMENT DU CONCERT”kandi bavyakiriye neza bamumbwira ngo akomere kwibanga atagucika intege kubera yazanye igikorwa c’ingirakamaro muri ico gikorwa gishasha azanye mu Burundi co kuguruza ikampuni nkiyo bakamumbwira bazoyigendera cane bakagira ico bakorewemwo.

Aho FRANCK Pro abandanya imigambi yiwe mishasha izorangurirwa muri Company The Classico yiwe nshasha azokugurura vuba mugisagara ca Bujumbura yashoboye kutumenyesha y’uko asavye Abarundi n’Abarundikazi bumvise akamo yabateye ko azotunganya igiteramo c’iyugurura ry’ibikorwa vyiyo Kampuni yiwe arasubiriye kubambwira ko mwo mwihanganira ntabwo ikibaye ukwezi kw’7 kuza,impamvu zabitumye n’uko hariho ibikoresho akiriko aratuma ko ibikoreshi bizokoreshwa kuri Company The Classico kuko  ntibirashobora kuboneka niyo mpamvu yabaye arahagaritse Lancement du Concert  ntiyamara kubironka ivyo bikoresho kuko yatanguye kubituma ko mugihugu ca Ugandan canke i Dubai.

13502005_2138480253097194_2527982591444873266_nKuno munsi  wa gatanu amenyesheje abaririmvyi n’abaririmvyikazi bakora umuziki w’uburundi y’uko vuba Promotion za Video Shooting zigiye gutangurwa muri Company The Classico mu Burundi kandi imiryango iruguruye,ntiyibagiye abarundi n’abarundikazi mwese murahawe ikaze muguhabwa ama Promotion yo kwifotoza vuba agiye  gutangura muyahambwe kubera ngo ubu hamaze kuboneka LOGO iranga iyo Company The Classico ifise ibimenyetso biyiranga muyibonye ahantu mutazoyiyoberwa nkuko muyibona ngaho kw’ifoto.

FRANCK Pro arangiza amenyesha Abarundi n’Abarundikazi ngo LOGO iranga Company The Classico niyo izokwama ijako mu gihe baje kwifotoza canke mwakorewe amasanamu”Video’ ikazobafasha vyinshi cane  abazoba bayifise muvyo bazoba bakoresheje muri iyo Company abibutse ko ubu ibikorwa vyatanguye uwushaka kwifotoza canke gukorerwa Video arahawe ikaze kubera Promotion zatanguye ukaba ufise vyinshi ushaka kubaza mushobora kumwandika ubutumw bugufi mukoresheje FACEBOOK  yise FRANCK Pro canke mukandikira Director GLORY ayikoramwo mukumwandikira ubutumwa”sms”canke mukamufona kuri izi numero za telephone na What’sApp ni +25775753442.

Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s