LOLILO mumyiteguro mishasha y’umuziki akuzaniye ikintu kizokuryohera kimenya nawe


Aba fans b’igihangange c’umuziki w’uburundi ariwe Umuririmvyi LOLILO LIZZO muri ibuka y’uko aherutse kubashikiriza indirimbo nshasha yise JUST TODAY akiyisohora y’abaryoheye cane kumviriza no gushika nuno mwanya mu kibandanya kuyikunda cane nkuko yavuze kwariyo ndirimbo yakoze neza cane uno mwaka wa 2016 isumba izindi zose mwagiye murumviriza uy’umwaka nyene mWumvise ko itavyorosha kuryoha kandi araherutse no kubamenyesha y’uko afise Album nshasha yitwa NDATAHUTSE yatanguye kubategurira vuba azoyishira k’umugaragaro.

Umuririmvyi LOLILO LIZZO aramenyesha aba fans biwe ko yaraye yinjiye Studio gukora iyindi ndirimbo nshasha idasanzwe izobaryohera cane gose  kuko yaramaze iminsi mumyiteguro mishasha y’umuziki ikomeye cane yo gutunganya iyo ndirimbo yavuze izina ryayo ukuntu izoba yitwa nico yerekeye kugira abanywanyi b’indir8imbo ziwe murimenye hakiri kare kuyirindirana igishika cinshi cane  kubera muzoryoherwa ayishize k’umugaragaro ntubwo atamenyesheje umunsi,itariki,ukwezi izisohokera ariko muzotegerezwa kunezerwa cane yumvise ukuntu yayikoze neza aho azoyishorera hose.

1538674_394140257459175_4354855441137205910_nLolilo Lizzo yaje adasanzwe mu kuzanana umuriro mwinshi mugikorwa ciwe gishasha abazaniye mu muziki w’uburundi nkuko abaryohera abantu benshi kenshi bahimbarwa mu kumviriza indirimbo ziwe asohora buri ukwezi zibarwa neza kumutima kuko ngo  aririmba amajmbo abaryohera kumva yerekeye urukundo hagati y’umuhungu n’umukobwa n’iko rero agiye kubigenza mundirimbo nshasha amazemwo iminsi abategurira kuko yaraye yinjiye muri Studio kuyikora izobica bicike mu bantu benshi bazoyumviriza bamukurikirana mu muziki.

Twahawe ikiganiro n’igihangange c’umuziki w’uburundi nkuko twamubamwiye ni LOLILO LIZZO aho yatwiganiye ivyerekeye imyiteguro mishasha y’umuziki yahoramwo muminsi irimbere abazanye aba fans biwe ntabatari aba fans biwe arabizeza y’uko bazoryoherwa buayumvise iyo ndirimbo ntiyaja k’umugaragaro hama muvyo twamubajije muri yo myiteguro mishasha arimwo y’umuziki abazaniyemwo ikintu gishasha kizobaryohera nkuko yarari muri Studio kuyikora ngo vuba azoca ayisohora yahejeje kuyibatunganiriza neza ahaba amajambo y’urukundo azoririmba yamaze kuyaheza yose kuyandika yarayashizemwo azobaryohera ntimwayumva.

1531668_283665198506682_6823786719259611742_oIkintu gishasha ngo azaniye abantu mwese mukunda indirimbo asanzwe akora kenshi zibanezera kumviriza muramenyeshwa ko indirimbo nshasha yiwe yaraye muzokwama muyimenyera kw’izina ryitwa “FINALY”arabemereye y’uko muzoryoherwa cane gose nkuko twamubajije igituma yayise uko atwishura ngo izoba ar’indirimbo ivuga ivyerekeye urukundo mu kuririmbira umukobwa niho kumwita FINALY kandi niyo ndirimbo nshasha akuzaniye mukuzoherwa ntiwayumviza ayisohoye k’umugaragaro vuba cane gose iragushikira.

Iyo ndirimbo yiwe nshasha yitwa Finaly izobirimwo amajambo  aryoshe kandi adasanzwe y’urukundo ntimwra kuvyumviza muzokwisanga wahezeyo kubera umunezero mwinshi nkuko abimenyesha ni y’umukobwa yaririmbiye ari FINALY ariko mu gihe twaganira na Lolilo Lizzo ntiyavuze amajambo y’urukundo yarimwo azomuririmbira ico mumenyeshwa abantu muyishaka ngo muyitegurire cane muri  benshi izoryohera ntimuzotangwe ni vuba  arayisohora bayihejeje kuyihinyanyura neza.

Advertisements

One thought on “LOLILO mumyiteguro mishasha y’umuziki akuzaniye ikintu kizokuryohera kimenya nawe

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s