WACHANE n’indirimbo nshasha ya BIENV-FIZZO adoma urutoke kuri BIG FIZZO,LOLILO,NATACHA,SAT-B n’abandi


Umuririmvyi BIEN-FIZZO agarutse mu muziki w’uburundi atavyorosha abazaniye indirimbo yiwe nshasha yaramazemwo iminsi abategurira abarundi aho bari hose ni bayumva bazokwibaza vyinshi  nkuko bashoboye kugira ico bavuze mundirimbo yiwe WACHAPE yavuzwe ko vyinshi kubera bumvisemwo aririmba adomako urutoke bimwe mu bihangange vy’uwo muziki rero iyo ndirimbo yiwe nshasha azanye yitwa”WACHANE”twobambwira ko mutoyirengagiza kuyumviza muri benshi irakaze cane ntiyatinye kuvuga ukuri kwiwe mu bantu bakora umuziki w’uburundi bafise amanganga abandi baranka n’ibindi vyinshi.

Indirimbo nshasha yiswe WACHANE y’umuririmvyi BIENV-FIZZO araririmba adoma ko urutoke mu kudondagura amazina menshi ashika 14 ni abaririmvyi/kazi,abamenyesha kamakuru/kazi hamwe n’umukinyi w’umupira w’amaguru w’Intamba Murugamba rero aririmba abaza aba fans biwe ko  muri abo yavuze amazina yabo bafitaniye beef nkuko abavuga amazina muri yo ndirimbo yiwe nshasha kwagomba abatabure ngo“WACHANE”bisobanura mururimi rw’ikirundi “BATABURE.”

13509126_1751871335051140_3591771673689747476_nTukiri ahonyene twokwibutse ko indirimbo nshasha yise WACHANE ije ikurikira indirimbo WACHAPE zose ziwe aririmba adomako urotoke kandi muri iyo ndirimbo WACHNE aririmba abaza aba fans biwe nkuko yatanguye avuga ngo umuziki w’uburundi urimwo amanyango niho kuvuga ayo mazina adomako urutoke Umuririmvyi/kazi ni  BIG FIZZO,LOLILO,TEAM SATURA ya SAT-B , TEAM WAKA WAKA ya AKES,DJ PRO,KOOK-K,BESTLIFE,NATACHA,ASHLEY,THITY LOVE hama ay’amamenyeshakakuru/kazi ni KIVODO,DJ RAPHA,ISMAIL NIYONKURU,DJ FANNY,JUDIE hanyuma umukinyi ni ARAKAZA MAC ARTHUR.

Nkuko twagerageje kumviriza neza indirimbo WACHANE ikiri nshasha y’umuririmvyi BIENV-FIZZO yakoze uno mwaka wa 2016 avugamwo ayo mazina twabambwiye mukudoma urutoke adatinye umwe wese yamuririmvye aravye ibintu akora mu muziki w’uburundi aho muri yo ndirimbo wumvamwo  abaza aba fans biwe ngo abatabure“WACHANE”canke areke yaririmvyemwo ivyerekeye urukurukuru rwavuga urupfu rwa Big Fizzo yamudomeye ko urutoke na LOLILO avuga ngo hariho amanyanga menshi ngaha mu muziki reka ndabigishe urya yitwa BIG afise kumenyekana kubera urupfu ndamutabuye ntivyokomera? arasubira akaririmba abaza ngo hamwe ntobateranya BIG FIZZO na LOLILO ntivyokomera?

13423915_1750240931880847_3718949633785809885_nMundirimbo nshasha WACHANE ya BIENV-FIZZO yabandanyije abaza ngo barya bita ABU ndabatutse sinojamwo muri PRIMUSIC? mbega NATACHA afise amahera n’imiduga myinshi ndiyumviriza gusohokana nawe canke ndamusabe Collabo? mbega nk’ubu ntoteranya TEAM SATURA na TEAM WAKA WAKA vyongenda gute? reka ndabatabure “ACHA NI WACHANE” mbega hamwe nomutuka FANNY nkamutabura sinshobora kuronka promo kuri TV?ndiyumviriza ndamureshe JUDIE ariko DJ PRO yohava ashavura? MAC ARTHUR ndamutabuye nawe BEST LIFE yoca ishavura? uyu NIYONKURU akomeza kuzana ingorane muguhayagiza aba Artist bo muri Tanzania nihatari.

BIENV-FIZZO yabandanije arIririmba avuga ukuri kwe mundirimbo yiwe nshasha WACHANE yabajije ngo hamwe ntoteranya NATACHA na ASHELEY vyongenda gute ko basanzwe bafitaniye ungwanko? mbega ndamutabuye KIVO ntiyosubira kuvuza indirimbo zanje kw’iradiyo R.FM ?mbega uwitwa RAPHA ngize abanyanga yohava afatira ibihano ntavuza indirimbo zanje mbega hamwe no muresha THITY n’ukuri KOOK-K yonyica mbega?

NGAYA AMAFOTO YABO Bienv-Fizzo YAGIYE AR'ADOMAKO URUTOKE MUNDIRIMBO YIWE NSHASHA "WACHANE "
12509371_961802990535841_4715815570460303300_n
KIVODO
12512505_821359677992620_394664560661706339_n
DJ FANNY
13417640_1021021604631291_708724158148594901_n
                                                                                               DJ
11205135_1444592539173160_7168311677465159055_n
JUDIE
12961648_1723560701223782_8284206281948681075_n
AKES ayoboye TEAM WAKA WAKA
satura
SAT-B ayoboye TEAM SATURA
ISZ
ISMAIL NIYONKURU
11061728_1588010798126088_4339124419818131662_o
DJ RAPHA
                                     NATACHA
12003187_580201215451908_5839495879229250323_n
ASHLEY
kook-k-movie
KOOK-K
12654403_1133568163329176_5127260945785700898_n-1
THITY LOVE
10547671_656557284440623_8948178506581437464_n
MAC ARTHUR

Twaganiriye n’umuririmvyi Bienv-Fizzo tumubaza indirimbo yiwe nshasha”WACHANE “icatumye ayikora akavugamwo ayo mazina yose adoma ko urutoke abaririmvyi/kazi,abamenyeshamakuru/kazi,umukinyi w’umupira w’amaguru, abavugamwo ngo  vyose yavuzemwo ni ukuri kandi abantu  babazi abo yadomyeko urutoke bumvirije neza iyo ndirimbo baratahura neza icatumye abadomako urutoke barabitahura ningoga kandi abashaka kubitahura neza indirimbo yiwe nshasha yise WACHANE mufate akanya muyumvirize mu gukwirikirana neza amajambo arimwo nkuko yabaza aba fans biwe ngo”NI WACHE “NDABATABURE”,ntimba ushaka kumviriza iyo ndirimbo yiwe nshasha muraguma hafi ihava ibashikira mumasaha arimbere mwumve ingene atavyorosha.

Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s