Raba”VIDEO”ukunda uyiravye uryoherwa yitore ironke amahirwe muri THE TOP 5 VIDEO BURUNDI


Munywanyi w’umuziki w’uburundi umaze iminsi iraba Video zasohohewe abaririmmvyi canke abaririmvyikazi warabonyemwo ubuhinga bwazo bakoresheje rero twokumbwira y’uko umwanya wageze wawe ushobore kumuha amahirwe uyikoze uyitore Video yiwe nshasha 2016 kugira ironke amahirwe muri THE TOP 5 VIDEO BURUNDI uraza kwandika igiharuro cayo muri COMMENTS azakuba uhejeje gutora gerageze urabe neza muri izi Video 10 twaguhaye k’urutonde ntiwabonamwo iyo ushaka gutora uyandike ico giharuro.

Video 10 nshasha zasohoye abaririmvyi canke abaririmvyikazi bazikoze vuba bamaze kuzisohora unamaze iminsi urabe nkuko uri umu fans wabo cangwe ukunda ibikorwa vyabo bakora mu muziki w’uburundi rabamwo iyiwe ko iri k’urutonde uyitore mu kwandika igiharuro cayo muri COMMENTS hama yironkere amajwi mu kuronka amahirwe yinjire kuri THE TOP 5 VIDEO BURUNDI nkuko twabambwire rero mutangure gutora hariho iyifise igiharuro:

1.PREEZE 36 Ft TIP MILLY – Vyahaye

 

2.ABU BACK – Mfata

 

3.MAGIC SOLDIER – I’m from so long

 

4.JAY FIRE – Nzokurindira

 

5.EMERY SUN – Ntangere

 

6.AKES – Semibira

 

7.GAGA BLUE Ft NATACHA

 

8.CHIKO Ft BIG FIZZO – Text Me

 

9.POP-G Ft SNOOP G – Amarira

 

10.KABERNA – Umenigeuka

Tuzoca tuberekamwo ama Video 5 mwatoye cane hanyuma ayandi 5 atatowe azoba atamahirwe yaronse ntituzoyabereka ariko muzoca muraba izo umwe wese yagiye arabamwo imwe akunda cane ayiravye yumva aryohewe tuzoshobora kubamenyeshe izarenganye mu gutorwa zinjiye muri THE TOP 5 VIDEO BURUNDI

Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s