MUGISAGARA n’indirimbo nshasha ya AKES agomba gusohora vuba azaniye aba fans biwe


Umuririmvyi AKES inyuma y’umwaka umwe gusa amenyesheje kwagira akore umuziki w’uburundi ahevye  kuba umuhinyanyuzi w’ indirimbo z’abaririmvyi b’Abarundi yabahinyurira zigakundwa kumvirizwa ico gihe yari mugihugu ca Kenya niho y’ashoboye kubimenyesha ko atanguye kuba umuririmvyi vyo nyene atakindi gikorwa azokora kandi yarabikoze aho yatanguriye gukora indirimbo zibiri zambere imwe yitwa”BIGARUKIRAHO,KUBALI”none gushika nuno mwaka wa 2016 arabandanya umwuga wo kuririmba aramaze gusohoramwo indirimbo zitari nke.

Abandanya avyifatamwo neza cane mugusohora indirimbo nyinshi zitandukanye harimwo na Video yazo mwomenya y’uko mwuno mwaka yasohoye ama Video y’indirimbo 3 hariho iyitwa:

1.NOSARARA

2.URUNWARUNWA

3.SEMIBIRA

Kandi aherutse kuvuga ko umuziki w’uburundi winjiza amahera ntubwo abantu benshi batavyemera ariko we abifata kwar’ububeshi nkuko avuga ati :”rimwe rimwe harabavuga ngo umuziki utwara amahera ariko ntiwinjiza n’ububeshi iyukoze ibikundwa birakunguruza mubuzima mfasha amasengesho urugendo ngiyemwo rwo gukora ama video nzoruheze amahoro.”

13427883_290818754595469_7323909318815516740_n Aho y’ambwira aba fans biwe kuko y’araherutse gusohora Video nshasha y’indirimbo SEMIBIRA yakiriwe neza akiyisohoka iryoshera benshi bayiraba no kuyumviriza amajambo arimwo yagiye araririmba nawe yarashima ukuntu bayakiranye igishika cinshi ariko ntaraheze kubaryohera mu bikorwa akora vy’umuziki w’uburundi kuko amaze iminsi ari mumyiteguro idasanzwe yo gukora iyindi indirimbo nshasha izoza ikwirikira iyo ndirimbo Semibira yaryoheye benshi  hama y’anashoboye kumenyesha izina ryayo ukuntu yayise.

13095816_1726762374236948_3836617786703206828_n

AKES akaba uy’umunsi yamenyesheje ko indirimbo yiwe nshasha vuba arayishora ubu aba fans biwe n’abanywanyi muziki w’uburundi ngo mwotangura kuyirindirana agiye kuzoyibashikiriza k’umugaragaro mu kuyisohora kandi n’indirimbo nziza  iryoshe nkuko yatanguye kubibamenyesha arizera ko abantu bazoyumviriza bazoyakira neza kubera  yanamaze kubambwira amwe mu majambo ayigize muzokumba aririmba avuga ngo:” Niwankunda nzoguha igikwembe ca COTEBU abava ruguru nibo batunzi MUGISAGARA.”

12647219_1691651561081363_2092454990459520143_nIyo ndirimbo nshasha y’umuririmvyi AKES akomeje gukora neza umuziki w’uburundi arashimisha abantu bakwirikirana indirimbo ziwe arabamenyesha ko iyagomba gusohora abazaniye yitwa”MUGISAGARA”hanyuma ngo abashaka kuyumviriza ubwambere mutangure kuyirindira muri benshi vuba arayisohora muryoherwe kuko harimwo amajambo menshi y’aririmvye y’urukundo azobaryohera kumvamwo nkuko yashimye gutangura kubambwira amajambo amwe amwe azobaryohera kumviriza muraguma hafi.

Advertisements

2 thoughts on “MUGISAGARA n’indirimbo nshasha ya AKES agomba gusohora vuba azaniye aba fans biwe

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s