Tora indirimbo nshasha ikuryohera yinjire kuri THE TOP 5 MUSIC BURUNDI


Abanywanyi mu muziki w’uburundi uyu ni wamwanya wanyu wogutora indirimbo nshasha 2016 imaze iminsi ikuryohera gusumba izindi zose aho twakuzaniye urutonde rw’indirimbo 10 nshasha zasohowe n’abaririmvyi hamwe n’abaririmvyikazi wumvirije ukaryoherwa uraramwo imwe yonyene uheze uyitore k’umugaragaro mukuhiya amahirwe yo kwinjira kuri THE TOP 5 MUSIC BURUNDI ni kuvuga indirimbo 5 zigezweho mu muziki w’uburundi kino gihe.

Urutonde rwizo ndirimbo 10 nshasha tuguhaye utoramwo imwe yonyene abariyo wandika igiharuro cayo muri COMMENTS urabe neza kwari yo imaze iminsi wumviriza ukaryoherwa kuva igisohora umuririmvyi canke Umuririmvyi usanzwe ukunda ibikorwa vyiwe akora mu muziki w’uburundi yagushimishije ayisohoye ikakuryohera no gushika uno mwanya ukibandanya uryoherwa nayo muhe amahirwe uyitore yinjire kuri TOP 5 MUSIC BURUNDI.

Tangura gutora mu kwandika igiharuro c’indirimbo nshasha imwe yonyene ikuryohera kumviriza kurusha izindi zose ubonamwo ngaha murutonde rw’indirimbo 10 nshasha z’umwaka wa 2016 ¬†hariho iyifise igiharuro yitwa:

1.Iliele By Magic Soldier

13434846_2135070093438210_6902609650619329352_n

2.My Boo By Dogo Sand Ft Simumuji Team

13332889_1740925502821593_5646675660141240450_n

3.Waki Tu Post By Peter Niyo

13419022_624292597736424_8861093896432741118_n

4.Nyegera By Miss Rocher Ft Sivy Mix

13336039_2131598543785365_8682017568727625205_n

5.FOREVER Remix By Big Fizzo Ft Dj Pius

13263760_2126971114248108_2319759363801105164_n

6.Sinkurekura By Walidi

10005961_1698739547030189_2023813279922918884_o

7.Ntare By Master BK Ft Floris

13344775_10204894746767954_7338180937036058795_n

8.Rurasaza By Amashiga Team

13413615_1751268095118397_7195711254593437991_n

9.Ndi Tro Top By Thity Love

13133230_210487986002235_2280876811404901197_n

10.Yarantaye By Msamalia

13133344_1731071387138068_7739715644896079614_nTuzoheza tubamenyeshe vuba indirimbo 5 nshasha mwashoboye gutora zikaronka amahirwe yo kwinjira kuri THE TOP 5 MUSIC BURUNDI ni mundwi iza ntimucikwe gutora rero mwibuke kwandika igicaro c’indirimbo utoye muri COMMENTS.

Advertisements

One thought on “Tora indirimbo nshasha ikuryohera yinjire kuri THE TOP 5 MUSIC BURUNDI

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s