STIKK ntiyohura kuri scene na SNOW CAY ariko abandi bagize OVERDO TEAM bohahurira ntaco bapfa bobo


Aba afans b’umurwi OVERDO TEAM batanguye kwiyumvira vyinshi cane babonye ikirangagiteramo”AFFICHE”ca KERMESS izobera kw’ishure Lycee Municipal Ngagara kw’igenekerezo rya 25/06/2016 irimwo abaririmvyi bose bagize uwo murwi ikiriko kibatangaza babonyemwo umuririmvyi STIKK n’umuririmvyi SNOW CAY batanguye ibufu bafitaniye abo baririmvyi bamwe bavuga ngo yamaze guhera ibifu akakanya bayimazemwo vyabatangaje kubobana barikumwe bose gushika n’ubu bibaza ko kuri iyo Kermess bazoboneka hamwe bari kuri Scene baririmba indirimbo zabo hamwe.

Ico kigangagiteramo kirimwo ifoto igize umurwi w’abaririmvyi Over Team ari bo SNOW CAY,DRIVER,NT KHADAFI na STIKK iki gihe yavuze ko yawuvyemwo niho aba fans babo bashoboye kubabonamwo bose bakwiye kandi baziko uwo murwi bakunda harimwo abaririmvyi 2 bafitaniye ibifu idasanzwe ikomeza gukura aho boyihevye iguma yiyongera ikindi umwe muri bo ntabwo abarizwa mugihugu c’uburundi  ari we Snow Cay bakibaza uko azoyikora Kermess y’ishure Lycee Municipal Ngagara.

10271648_744670745668756_987377530369081034_nAmakenga akomeje kuba menshi muba fans b’umurwi w’abaririmvyi Overdo Team bariko bibaza ingene ibifu ya Stikk na Snow Cay yoba yaheze bayinyarukije kubera bababonye bose kukirangagiteramo ca Kermess nkuko yateguwe n’ishure Lycee Municipal Ngaragara twagerageje kubatohoreze neza twasanze atariko bimeze twayaze numwe muri abo baririmvyi babiri ashobore kutwiganira ivy’iyo Kermess babonetsemwo barikumwe kw’ifoto.

Twamurose umuririmvyi Stikk yavuze ko nta shobora guhura kuri Scene imwe n’umuririmvyi SNOW CAY asanzwe arongoye Overdo Team ubu atari mugihugu c’uburundi kandi twamubajije ivyerekeye KERMESS izobera kw’ishure Lycee Municipal Ngagara kw’igenekerezo rya 25/2016 yatanze umuco mu bantu babonye ikirangagiteramo kirimwo ifoto ya OVERDO TEAM bari kumwe bose atantumwe avuyemwo yavuze ngo n’ifoto yakera ntawurimwo Snow Cay kubera atari mu Burundi.

13435418_1060102080724613_7076220626847959238_nSTIKK yabandanije atwiganira kuba azokwitabira Kermess yateguwe n’ishure Lycee Municipal Ngagara ari kumwe n’abaririmvyi ba Overdo Team ari bo DRIVER,NT KHADAFI yaigitumabobo ntaco bapfa azoja kuri Scene barikumwe ariko yarahiye ararengwa ntaho vyogenda gute nta shobora guhura na  SNOW CAY kuri Scene bakaririmba ariko abandi bagize Overdo Team bohahurira ntaco bapfa bobo yongeye aravuze ngo ntari muri Overdo aracaindiriye amasezerano“CONTART”bamfitaniye azohere ukwezi kw’12  uno mwaka wa 2016 hama awuvemwo burundu ntibazosubira kuwumubonamwo kandi.

Nkuko muvyumvise aba fans b’umurwi w’abaririmvyi Over Team  mwibajije ibibazo vyinshi aigihe mwabonye ifoto y’ikiragiteramo iriko Stik na Snow Cay muri Kermess y’ishure  Lycee Municipal Ngagara mukwibaza y’uko bazoba barikumwe Stikk na Snow Cay ntibazoshobora guhura kuri Scene muga abandi baririmvyi bagize Overdo Team bazoyihurira ko kubera ataco bapfa.

13407204_802285333240630_7648420241790713530_n

Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s