MAGIC SOLDIER na B-FACE bakore COLLABO murabazwa ico mugona bayikore canke bayireke?


Abaririmvyi babiri b’Abarundi ari bo MAGIC SOLDIER na B-FACE baririmba Rap mundirimbo zabo zose zumviriza abantu benshi cane gose n’uko habonetse ifoto barikumwe baryohewe niho abo bantu baba fans babo batanguye kuyivuga ko vyinshi mu kubasaba bazokorane COLLABO y’indirimbo nshasha vyobaryohera cane hamwe bobumva amajwi yabo  n’ivyiyumviro vyabo babiteranije mundirimbo baririmba RAP ibanyura kumutima  kuko baremera kubikorwa vyabo bakora mu muziki w’uburundi canecane Hip Pop bakora.

Kuno munsi twagerageje gukora ubushakashatsi turaganira numwe murabo baririmvyi babiri aho twaganiriye na MASIC SOLDIER akundwa cane n’aba fans biwe bamutazira KIRONGONGORO yavuze ko akamo kabasavye Collabo y’indirimbo nshasha nco kimwe na B-FACE nawe yakumvise ako kamo ariko ntibarashobora kwitegura neza bayikore ico bambwira abasavye iyo Collabo ngo hamwe boyikora mwoyakira gute canke mushaka bakore indirimbo y’ubutumwa buvuga gute?

11755118_1686009851619269_6189665277073151651_n
MAGIC SOLDIER

MAGIC SOLDIER na B-FACE ubu bamenyeshera abasavye  COLLABO barashaka kubabaza ico mugona kibavuye kumutima wanyu barashimishijwe ukuntu mwashoboye kuyibasaba ariko ntimwamara kubambwira ico mugona bazoheza bayinyarutse kuyikora vuba muzoca mutangura kuyumva k’umugaragaro kandi izoba iryoshe cane irimwo Rap nyinshi yinshi muzoheza muryoherwe muriko murayumviriza.

Bano baririmvyi bemereye abantu basavye iyo Collabo y’indirimbo nshasha ubu mutangure muterere ivyiyumviro vyanyu ukuntu boyikorera amajambo abaryhora bakayashiramwo akabanezera  vuga ico mugona mubambwire n’igishika muyirindiranye uko kingana canke ngo mwoyakira gute hamwe bayikora?baheze batangure kuyibategurira gushika  muzoshime bamaze kora igasohora ntimwitinye kuvuga ico mugona kuri yo Collabo mwasavye muri benshi abanywanyi mu muziki w’uburundi mukunda indirimbo zabo.

13442250_1023908901022788_8811276911073427275_nAbanywanyi b’indirimbo za MAGIC SOLDIER na B-FACE murabazwa ukuntu mwokwakira Collabo y’indirimbo nshasha yabo mwabasavye cane hama bashobore gutangura kuyikora muminsi ya vuba mumaze kuvuga ico mugona muri benshi  imbere y’uko bayikora kubera barashaka kumenya ico mwoba mugona kibavuye k’umutima mwobambwira kugira bayikoze nkuko bamwe bamwe mwatanguye kuyibasaba igihe mwababona kw’ifoto barikumwe hantu bahagaze.

Ngo n’umwanya wanyu mugire ico mugona  gikwiye gukorwa barababaza ko bakwiye kuyikora canke bayihebe mubambwire ico mushaka hagati yo kuyikora canke bayihebe  kuyikora ico mutora cane nico bazokwirikiza nkuko muri aba fans babo muzoca muronswa vuba inyishu nabo baririmvyi mwasavye bakorane Collabo y’indirimbo nshasha y’umwaka wa 2016.

13442151_2135115480100338_5427272737518419395_n

UMVIRIZA INDIRIMBO BAHERUTSE GUSOHORA UY’UMWAKA WA 2016 NTAKWEZI KURAHERA BAZISOHOTSE ZABO BARIRIMVYI BASABWE GUKORANA  COLALBO Y’INDIRIMBO NSHASHA.

Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s