SAT-B ntiyemera ifoto yifotoye ari mucumba n’umukobwa yiyambariye ubusa atasiripe


Amakuru agezweho mu muziki w’uburundi y’umuririmvyi SAT- B ubu abarizwa mu Rwanda bivurwa ko ari mu buhungiro muri cogihu kuno munsi ibara ryamuguyeko ngaho hariko havurwa amakuru yiwe n’umukobwa bari kumwe yambaye ubusa  ariko kuko habonetse ifoto yiwe yifotoye na Telephone  inyuma yiwe harimwo umukobwa w’ibisusu yambaye ubusa nta siripe yambaye yadugije impuzu hejuru nkuko yavutse ayo makuru tuyakesha bagenzi bacu bakora kukinyamakuru co mu Rwanda.

Sat-B arabihakanaakarengwa kwatifotoye ifoto ari kumwe n’uwo mukobwa yambaye ubusa ngo yaratangaye kubona ifoto yiwe ari kumwe n’umukobwa yambaye ubusa yageze k’umugaragaro ikabona abantu benshi gushika n’ubu aho  yayifotoye mu buryo bugezweho bita Selfie,muri yo foto hakagaragaramwo uwo mukobwa yambaye ubusa ata siripe yazudugije impuzu.

images

Kandi iyo foto yatanguye ikwiragizwa kumbuga ngurukana bumenyi  muma Groupe Whatsapp igaragaza Sat-B yifotoye ari kumwe n’umukobwa agaragara yambaye ubusa bari mu cumba yabwiye Inyarwanda.com ko atiyumva ukuntu yageze hanze kuko ari ifoto yafashwe ku bw’impanuka kuko atigeze apanga kwifotozanya n’uyu mukobwa kandi ntavyemera kwari we yamushizemwo.

IMG-20160616-WA0005

NGIYI IFOTO YA SAT-B YIFOTOYE N'UMUKOBWA ARI INYUMA YIWE YAMBAYE UBUSA NKUKO MUBIBONA

 

SAT-B yavuze ati:” Hari ku munsi w’isabukuru y’amavuko y’umuririmvyi  Nizzo aririmba mumurwi URBAN BOYS wo mu Rwanda hariho abantu benshi batandukanye,wa mukobwa si ntarinzi ko ari mw’ifoto ndiko ndifotora Selfie mbona ajemwo, ntatangaye no kumubonamwo gusa nawe vyaramutangaje kwisangamwo yamufotoye. 

Nashatse kuyifuta ndibagirwa ariko nkumva ko kuba iri muri telephone yanje ntakibazo ntarikugira ntatangaye no kumva abantu bambwira ko iyo foto yamaze gushika hanze irakwiragira muma group Whatsapp  sinzi uwayitanze, gusa uwabikoze wese ni uwutanyipfuriza iciza  sinzi uwariwe ariko ngiye gutangura kumurondera nzomenya aho vyaturutse.”

Ivyo Sat-B yavyiganiriye abakora kuri inyarwanda.com arahakana ko atazi ingene uwo mukobwa yambaye ubusa ata siripe ukuntu yaje kubonamwo muri iyo foto yiwe,ntubwo utaboneka wose bivurwako  nta mpuzu zohejuru yari yambaye kandi bari mucumba kimwe.

Mbega nk’umunywanyi mu muziki w’uburundi uhejeje gusoma ivyashikirijwe n’umuririmvyi SAT-B hamwe niyo foto yiwe yifotoye ubwiwe irimwo umukobwa yambaye ubusa mu kwerekana ibisusu vyiwe ubona kubwawe woshikiriza icahe iciyumviro wumvise ko arahira akarengwa ko atazi ingene uwo mukobwa yambaye ubusa yagiyemwo mw’ifoto yiwe mubona bibereye kuba ahariko habera isabukuru y’amavuko?

Kakazamwo abantu bambaye ubusa bagaragara mumafoto hakaboneka ifoto ya SAT-B ngo yari kumwe n’umukobwa mucumba yiyambariye ubusa yambaye ubusa munyuma ikaza gukwiragizwa muma GROUP Whatsapp ?

Advertisements

2 thoughts on “SAT-B ntiyemera ifoto yifotoye ari mucumba n’umukobwa yiyambariye ubusa atasiripe

  1. jew numva yuk yob arik arabesh kk ntamunt yoz inyum yaw ng ntubibone kand bigarara k mur iy aniversaire yuw musan k har haj abakobw bambay ubusa kand bigaragar ko arib babatumyeko

    Liked by 1 person

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s