NATACHA agiye mugihugu ca Tanzania gukora igikorwa gishasha c’urwego rukomeye muri East Africa


Igihangange mu muziki w’uburundi umuririmvyikazi NATACHA kuno munsi wa kane itariki 16/06/2016 yafashe indege agana mugihugu ca Tanzania nkuko yabitumenyesheje n’uko agiye gukora igikorwa gishasha kandi kizonezere aba fans biwe mugukomeza kwishikana kurwego rukomeye mu muziki wa East Africa nkuko yabikoze mugukora yaheruka gukora igikorwa n’umurwi w’abaririmvyi YAMOTO BAND wo muri cogihugu ca Tanzania bakoranye indirimbo UNANIOGOPEA  na Video yayo hari mukwezi kw’11 umwaka uheze wa 2016  iyo ndirimbo icakomeje gukundwa cane gose n’abantu benshi batandukanye baba mugihugu vy’Africa y’ubuseruko uravye abamaze kuyiraba barenga ibihumbi 383,588.

Natacha mwurwo urugendo rwiwe yafashe uno munsi rukomeye rumushikana  neza na neza muri Tanzinia agiyeyo kuhakorera igikorwa gishasha kijanye n’indirimbo nshasha izoryohera aba fans biwe iteze imbere umuziki w’uburundi mukarere ka East Africa bizoba bibaye inyuma yaho aheruka gushira k’umugaragaro urukurikirane rwa Album ya Video rwiswe “Mawe Mwiza” harimwo indirimbo zigera kuri 14 zose zashimishije abantu benshi kandi harimwo n’indirimbo  zatumye atsindira ubushimwe izindi ziramumenyekanisha muri Africa y’ubuseruko.

13466530_2135446073400612_5670320457150559623_nTwagerageje kumubaza NATACHA  atubwire ibizoba bigize igikorwa ciwe gishasha muri  Tanzania  yavuze y’uko bazoryoherwa aba fans biwe yabamenyesha  ko kijanye n’ugukora indirimbo nshasha ntiyashimye kutumbwira izina ryiyo ndirimbo yongereye hamwe na studio azokoreramwo ariko akaba yavuze y’uko izoba ari surprise mu banywanyi bakunda umuziki w’uburundi asanzwe akora bagakunda n’ibikorwa vyiwe awukoramwo muyirindirane igishika cinshi izobaryohera vuba ntiyavayo azoza ayizananye muyumvirize.

Naho biruko Umuririmvyikazi Natacha yatumenyesheje y’uko ku munsi wejo  wa gatanu igenekerezo rya 17/06/2016 niho azokwinjira muri Studio gutangura gukora indirimbo yiwe nshasha ikindi inyuma yiyo ndirimbo atashimye yagiye gukorera muri Tanzania ngo impamvu zatumye ashima kuyikorerayo ashaka gushikira abindi aba Artist bagize bihugu vya Afrika y’ubuseruko bakomakomeye bamaze guteze imbere umuziki w’igihugu cabo.

13442251_2135445673400652_5498094252653127979_nUbu barazwi cane mumahanga kubera umuziki bakora ivyo bihugu ni nka Kenya,Ugandan,Rwanda,Natacha yarangije ashimira aba fans biwe bagiye baramushigikira mubihe vyose yakozemwo umuziki w’uburundi gushika nuno munsi kandi ko atazopfa abamaramaje ntagato kuko ashaka ashikire urwego mpuzamakungu abe umu Artist Burundi akorana n’ibihangange  mu muziki wa East Africa arizera cane ko bizoshobora aho azokora ibizoshimisha benshi cane uno mwaka wa 2016 yaje adasanzwe yazananye inguvu nyinshi.

KURIKIRANA MUKURABA AMAFOTO MENSHI YAMURANZE UMURIRIMVYIKAZI Natacha AHO YURIRIYE KUKIBUGA C'INDEGE CA BUJUMBURA AGANA MUGIHUGU CA TANZANIA

13406759_2135445883400631_1133170886649323559_n 13434687_2135445970067289_4822460362481753349_n 13435540_2135446053400614_5358070585130410430_n 13412985_2135445843400635_3709901251077858378_n 13418885_2135446010067285_9079207839901344804_n 13442235_2135445716733981_375947639939821242_n

13434855_2135445806733972_5850577712185650431_n

Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s