Ibiganiro vy’ihiganwa MAISHA PLUS EAST AFRICA 2016 birabandanya mu Burundi


Ibiganiro bitandukanye kuvyerekeye ihiganwa MAISHA PLUS EAST AFRICA 2016 birabandanya kubimenyeshamakuru bitandukanye niho kuruyu wagatatu umumenyeshamakuru Dj Raphan yari kw’iradiyo y’igihugu RTNB mukiganiro citwa VIJANA kiremeshwa n’umumenyeshamakuru yitwa Patrick Harakandi mugisata cigiswahili.

Mu gihe yabivuze vyinshi vyerekeye iryo higanwa muguhimira noAbarundi n’Abarundi mukomeze kwiyandikishe kare no kubatahuza kudaazomucikwe  gutsindira agashimwe k’amafaranga y’igihugu ca Tanzania azohabwa uwuzoba uwambere akoronke ama Million Shillings Tz.

13406959_2135031866775366_4065803984097202766_nIhigangwa Maisha Plus East Africa 2016 rigiye gutunganywa rikazotangura ukwezi kwindwi mugihugu ca Tanzaniya rero gushika n’ubu mu Burundi baracarondera abazoserukira igihugu muri ryo higanwa vuba cane bagiye kumenyekana amazina yabo nga nkuko  benshi mubizi ko ibihugu 5 bizohiganwa mugutanga abantu bazobinserukira ari vyo Uburundi,Urwanda,Ouganda hamwe na Kenya bizotanga urwaruka rw’abantu bane bane mu gihe Tanzania izotanga urwaruka rugera kuri 16 bose bazoba bari 30 bakazohiganirwa amafaranga imilioni mirongwitatu yama Tanzania.

Abashaka kwiyandikisha kare boshika kuw’idiyo Colombe F.m mukabaza umumenyesha makurukazi yitwa Juddie Caelle canke mukishilira kw’iradiyo Salama mukabaza Dj Raphan mwoshobora kandi guhamagara kuri numero zikurikira 79570196/75408802/75864765.

Abashaka kumenya neza ibizokorerwa mw’ihiganwa MAISHA PLUS EAST AFRICA 2016 baguhiganwa mu gihe bazoba bamaze kuyandikisha gushika uno mwanya abantu benshi ubu barabizi kuko vyerekanwa kuri kumboneshakure “TV” yabatanzania yitwa TBC bigisha urwaruka uko bokwifata mugutegura neza akazoza kabo bivanye n’impano afise vyinshi biri kuri fiche buzuza abari mu Burundi muje kwiyandikisha barabaha afiche ugasoma uboye ibisabwa wobishobora uriyandikisha atavyo ufise ntaho urakinjura mumaguru masha.

KURIKIRANA AMAFOTO Y'UMENYESHAMAKURU DJ RAPHA AKORA KURI SALAMA F.M AHO UNO MUNSI YATUMIRWA MUKIGANIRO KURI RTNB

13413645_2135031923442027_1546778122714677249_n 13417521_2135031900108696_7761784280587138253_n 13427792_2135031963442023_8772697652794556822_n 13432323_2135031786775374_2872993018790510987_n 13442143_2135031840108702_2008266640684143133_n

Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s