LOLILO,AFISA RAJ.B,AKES biyamirije inkuru bayise”SHOWBIZ”bagirijwe nk’urupfu rwa BIG FIZZO


Haheze hafi masaha 14 igihangange mu muziki w’uburundi ari we umuririmvyi BIG FIZZO abeshuje inkuru yamuvuzwe ko yarashwe ari mugihugu  ca Kenya acarapfa niho kuva mugacerere avuga ngo URUCIRA MUKASO RUGAHITANA NYOKO nkuko mwashoboye kubibona avyivugira no muma Video kwagihumeka kandi n’imbere yaho hariho abaririmvyi bavyagirije ngo nibo banditse iyo nkuru y’urupfu aribo nka LOLILO,AFISA RAJ.B ubu naho uwundi  ni AKES nibo bagirijwe ivyiyo inkuru.

Abo baririmvyi 3 bagize ico bavuga babonetse bayiyamiriza kure  bayise  Showbiz iyo nkuru yavuzwe nk’urupfu  rwa Big Fizzo bagirijwe kandi agikomeye antapfuye ikindi ngo ntibazi niyo yazananye mu kwandikwa  bagaca haboneka abantu bayibashizeko ati nibo bayanditse mukwipfuriza urupfu umuririmvyi nkabo kuko ngo hariho abashoboye kubibambwira ubu umwe wese hagati ya LOLILO,AFISA RAJ.B,AKES bambwiye abantu boba bbikoze bareka gukwiragiza ama Showbiz y’urupfu bakayabegeka ko adakwiriye gukorwa m’umwuga w’umuziki w’uburundi barayiyamije bivuye kure bakambwira umuntu yoba yabibashizeko ahagarike izo showbiz ntizokubeshi.

13450970_1749857095259497_2827235029483232805_n

AFISA RAJ.B yabonetse ko ashavuye cane  ariyamirije cane iyo nkuru bamushize ko ya Big Fizzo yavuzwe ko yapfuye kandi akiri muzima yanditse umuntu atamenyekanye gushika uno mwanya,uwo muririmvyi yavuze ngo mvuze SURPERSTAR abantu bose baranyanka birababaje cane kubona baherewe batakivurwa kandi batanguye gupfonda urupfu rw’ubebeshi ni mupfe murabe ko uburundi buhomba ntikintu ntakimwe,ico utamariye abana wibarutse ntaco uzomarira abarundi….na Rwagasore na Ndadaye baragiye (GUPFA) ubuzima burabandanya mukore ubuziki murekana nama Showbiz z’uburofa n’ubugugu  imyaka irabajanye ataco mwimariye akazi kanyu niko kuvuga abandi nk’abakobwa.

AKES nawe yavuye mugacerere yiyamirije iyo nkuru ayifata ko ari showbiz itajanye n’ibikorwa vy’umuziki w’uburundi yashimikiye mukuvuga  bahindure amayeri “SYSTEM”yogukora ama Showbiz biramubabaza kubona hakowa showbiz zicinyiza abaririmvyi bagicaruka (UP COMING) yavuze ngo Bahindure system yo gukora izo show bz bariko baragira twarazirenganye nibagire show busy zibikorwa apana gutinya aba UP_COMING kwisabira urupfu birababaje ariko imana ibazigame babandanye gutezimbere igihugu ariko kandi bamenye ko UP_COMING iri  maso badakoze bazomaramara.

LOLILO LIZZO nawe yiyamirije abantu bamwegezetse ko inkuru y’ububeshi yavuzwe ko Big Fizzo yapfuye bimaze kumenyekana ko akiriho avyivugiye mu kubeshuza niho yaciye haza inkuru ivuga ko yamditse umirimvyi Lolilo kandi atakintu ntakimwe abiziko nkuko yabitwibaginiye aho twaganira iyo nkuru bamushizeko yari iyi :*Turiyamirije twivuye inyuma ububeshi nibinyoma umuririmvyi LOLILO yihaye yogushaka kugandagura umuririmvyi BIG FIZZO bikavugwako ngo yoba atanezerezwa nugwego BIGFIZZO agezeko ngira mwese mwabonye inkuru iriko iratembera kumbuga ngurukana bumenyi (whatsap viber instagram facebook naha) Birya sivyo ni LOLILO yihaye gukwiragiza ivyobihuha.hama namwe barundi mwese nabakunzi bumuziki wuburundi be nabakunzi bumuziki wa BiGFIZZO mureme BIGFIZZO nimuzima ejo aho bukera azobashikiriza ijambo ryihumure BRAAAAAA

Umuririmvyi LOLILO LIZZO vyamutangaje kubona abantu baciye babimushirako bavuga ko ari we yanditse inkuru iyemeze urupfu rwa Big Fizzo nawe rero ariyamirije kure uwoba yavyanditse akavuga ko showbiz z’upfu bariko barakora bafata ko ari abasazi yavuze ngo murabona ivyo banshirako izo showbiz bariko banshiramwo basaze canke.

RABA RABA VIDEO ZIWE YAGIZE ICO YAVUZE Big Fizzo KWAKIRI MUZIMA
Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s