BIG FIZZO aracari muzima ntiyapfuye abeshuje inkuru yaciye imitima ya benshi ngo yapfuye arasiwe muri Kenya


Hajeje kuboneka inkuru yicamugongo mu banywanyi mu muziki w’uburundi bakunda ibikorwa akora bagashima ukuntu aguma atera imbere mur’uwo muziki ni Umuririmvyi Big Fizzo iyo nkuru ikwiragijwe muma Group Watsapp yanditse umuntu atashoboye kumenyekanya izina avuga ko uwo muririmvyi y’ahitanwe n’upfu bamwiciye mugihugu ca Kenya arashwe amasoro niho bimaze kumenya abantu benshi ko yapfuye vyabaciye umutima bararira biteye ubwoba twashoboye kuronka amajwi yabo ariko vyaje kumenye ko yari inkuru y’ikinyoma n’ububeshi.

Iyo nkuru yakwiragijwe muma Group WhatSapp yanditswe n’uwo muntu atamenyekana gushika nuno mwanya  yavuga ngo: Aaaa Mwiriwe gayemwe komutakoma? MWUVISEKO WAMURIRIVYIRURANGIRANTWA BIG-FIZZO ahejeku gumpfa bamurashe yaravuye mwi shoop yitwa Water bander muri Kenya bivugwako umwishe yari mumuduga witwa probox nimwibazeko arikinyoma Big fizzo arahwereye.

Mukanya isase Iyinkuru yivaho tuyishikirijwe NUmucurazitumenyereyeKidumu-kibuganizomukanyaturarungika Amaphoto mwirabire neza kuko aba police banciyebatubuza kotu photora amaphoto Haciyehaza ubumwe bwaba Islam mu rikenya bwitwa djunudullah Basanga nikafiri Big fizzo bacabaramureka ubuari mumimwe ya S.p.xb sinkuru ya what’sup cank face book, twiter or msger.true storie mufise icomubaza in box contact +25775530649.

13432239_1283538608353359_7613553363641103123_nTwatohoje neza iy’inkuru ikwiragijwe muma Group Whatsapp ivuzwe ko umuririmvyi BIG FIZZO yapfuye bamwiciye muri Kenya twasanze atariyo uno muririmvyi ntabwo kino gihe yahumurije Abarundi n’Abarundikazi bari batanguye gucika umutima ngo yagandaguwe arapfa nk’isaha yavuye mugacerere agira ico amenyesha n’uwo muntu yamuciriye urupfu kandi akiri muzima atigeze apfa y’amubonye ko ari injamvyi y’isi hama Imana imubabarire kubera ntazi ivyo yariko arakora.

BIG FIZZO aremesha umutima w’umu fans wiwe wese ahari hose akubwiye aracari muzima mu gihe wamenye iyo nkuru yicamugongo muri benshi cane yarasiwe muri Kenya agapfa yanditse umuntu atimenyekanishije uwari we ico yakoze yavuze inomero za Teletephone yiwe ni +25775530649 aho twagegereje kuzihamagara ntizikora nkuko y’azanditsemwo muri yo inkuru yazungurutse mubuhinga ngurukanabumenyi “REASON SOCIAL bukoresha abantu benshi ari bwo Group WhatsApp.

Kubwa Big Fizzo ayabamesheje neza ntiyapfuye aracari munzima kandi yavuze y’uko umuntu yabikoze mukuvuga ko yiciwe muri Kenya n’uko ngo uwo muntu afise inzigo antashaka kubona atera imbere kubera yashatse yimenyekanisha aciye kw’izina(FARIOUZ)amwise kwari injavyi hanyuma uwamuremye amubabarire kuvyo yakoze vyose abikwigagije mubuhinga ngurukanabumenyi.

13428617_1749549848623555_4500346134485765181_nUmuririmvyi Big Fizzo mukumesha aba fans biwe abambwiye ngo FIZZO aracari muzima uwavuzeko yapfuye”aramusabiye imbabazi Imana imubabarire ntazi ivyariko arakora kandi mukirundi baca umugani ngo”Urucira Mukaso rugahitana Nyoko”uwo n’injamvyi n’umuntu afise inzigo vyongeye afise umutima ameze mubi ,n’umuntu adashaka itera imbere, n’umuntu yipfuriza umuntu gupfa kandi twese ntabwo turi abazamu b’isi”yarangije avuga ngo ababikoze bose ni ABISI.

Ivyo vyashikiriwe n’igihangange mu muziki w’uburundi,Umuririmvyi Big Fizzo bamwiseko yapfuye kandi atigeze apfa mu gihe agihumeka umwuka wabazima yamusabiye ku Mana imubabarire umuntu yavyanditse agakwiragiza ikinyoma n’ububeshi mu banywanyi mu muziki w’uburundi hamwe naba fans biwe bakunda ibikorwa akora bikabashimisha kumutima.

RABA NGAHA  VIDEO YIWE ABAMENYESHA MU KUBAHUMURIZA KWAGIHEMA ATIGEZE APFA.
Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s