Ihiganwa rikomeye cane”MAISHA PLUS EAST AFRICA 2016″mu Burundi nyaruka kwiyandikisha uzotsindire 30Million Shillings Tanzania


Ihiganwa MAISHA PLUS EAST 2016 ntirisanzwe rwaruka rwo mu Burundi muramenyeshwe ko ribashwayemwo ntiribacike ribajane ukonyene kuko muzoba muhovye vyinshi cane mungabirano zano mfise mwahawe n’Imana yo mw’ijuru aha ni kugira mushobore kwerekana ubuhinga n’ubumenyi bwanyu mfise mushobore kuzotera iteka igihugu c’uburundi bwabibarutse mukarere ka East Africa basha ntimuryirengagize kuko rirakomeye cane gose rizotuma mumenyekana cane gose mwongere mwitere iteka mugashimwe kadasanzwe muzotsindira k’amafaranga menshi cane y’igihugu ca Tanzania.

IMG-20160613-WA0017Hiryo higanwa ryatanguriye mugihugu ca Tanzania hama munyuma yaho rica riratanguirra mu Burundi hari umwaka wa 2012 aho igihugu cacu naco caserukiwe n’abantu babiri bagaragajemwo ubuhinga n’ubumenyi budasanzwe.

Muri uyu mwaka wa 2016 ryasubiriye gutunganwa ihiganwa PLUS MAISHA EAST AFRICA 2016 kurubu harimwo ibihugu bitano vya Afrika yubuseruko bizoshobora guhiganwa bunsekiwe n’urwaruka  ni

.TANZANIA

.BURUNDI

.KENYA

.UGANDAN

.RWANDA 

Bizonserukirwa n’urwaruka rwavyo muguhiganirwa ihiganwa Maisha Plus East Africa 2016 ntirisanzwe kubera nirimwe mumpa higanwa akomeye cane atunganwa muri Tanzania kandi uno mwanya urwaruka mwese muba mu Burundi mutewe akamo munyaruke kwiyandikisha hakiri kare amahirwe yo kuritsindira atarabajana. 

IMG-20160613-WA0023

Ubu Mugihugu c’uburundi bwacu bageze mu ntambwe ikomeye cane gose yo kwiyandikisha kandi abarundi mushaka kwuzuza gutangura kwiyandisha musabwe gutangura kuzuza impapuro“FORMULAIRE” zibaha uburenganzira bwo kwinjira mw’ihanganwa rya PLUS MAISHA EAST AFRICA 2016 mwobandanya kuzitora kubwinshi cane kugira mukomeze kwiyandisha muri benshi kubatazi aho mwoshobora gutora impapuro mushikira kw’iradiyo SALAMA F.M canke COLOMBE F.M zikorera mugisagara ca Bujumbura uzokwakirwa baziguhaye uzuze.

Ico twobamenyesha n’uko urwaruka rwinshi rwo mu Burundi ruri hagati y’imyaka18 na 26 nibo bamaze imisi batanguye kwiyandikisha nkuko kuruyu wambere igenekerezo rya 13/06/3016 niho umumenyeshamakuru Dj Raphan hamwe n’umumenyeshamakurukazi Nelly Niyonkuru baramaze gutangurira urwaruka rw’uburundi kuja mw’ihiganwa MAISHA PLUS EAST AFRICA 2016 bari baramutse bakiriwe n’umumenyeshamakuru w’iradiyo Colombe F.m yitwa KIDES bari mukiganiro Kipaji Cha Nyumbani.

1465835154211

Mwomenya ko uwuzoba uwambere agatsindira ihiganwa MAISHA PLUS EAST AFRICA 2016 azoba avuye hagati y’ibihugu bitano vya East Africa twabambwiye akazoca azoronswa agashimwe kiwe mugutsindira amashiling yo mugihugu ca Tanzania  ni imiliyoni mirongwitatu (30million shillings Tanzania )

imbere y’uko iryohiganwa ritangura twomenyesha urwaruka rwo mu Burundi ko igihugu c’uburundi kikazotanga abaginserukira bane(ABANTU 4) nco kimwe n’urwanda ,Kenya na Ouganda mugihe Tanzania izotanga abayinserukira bangana abantu 16 tubateranije abazoba banserukiye ivyo bihugu bose bakazoshika mirongwitatu.

KURIKIRANA AMAFOTO YABARANZE MUKIGANIRO KURI RADIYO COLOMBERE CARIMWO UMUMENYESHAMAKURU Dj Raphael N'UMUMENYESHAMAKURUKAZI Nelly NIYONKURU BAMAZE KWISHIKIRA MW'IHIGANWA Plus Maisha East Africa 2016 BIVURWAKO BARI MUTAZOTANGA IMPAPURO ZO KWIYANDIKISHA "Formulaire"

1465835510447

1465835483130

1465835444446

1465835408859

1465835370064

1465835328883

1465835196011

1465835013429

Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s