BIG FIZZO atsindiye ikibanza ca mbere niwe”THE ARTIST OF MONTLY MAY”mu muziki w’uburundi


 

 

13445763_2133610116917541_5056865085037983952_n

Ivyo bikorwa vyose yakoze tutibagiye nama Concert yakoreye ibulaya aho tubambwiye  bimwe mubikorwa yakoze mu kwezi kwa 5 vyashimishije abanywanyi mu muziki w’uburundi benshi vyatumye bamutora bamuha amahirwe menshi  Ivyo ibikorwa bimwe bimwe twabaciye kumayange vyamuranze Big Fizzo nk’umuririmvyi yakoze cane mu muziki w’uburundi kurusha abandi vyatumye atsindira ikibanza ca ARTIST OF MONTLY.

Mbega nk’umunywanyi w’umuziki w’uburundi canke umu fans wiwe ukeza umubwira akajambo kavuga gute abandanye kukunezereza no nakuno kwezi 6 akubandanyemwo agushikiriza ibikorwa bigushimisha bikakuryohera abishize k’umugaragaro?

Kandi inyuma yaho ashobora gusohora indirimbo nshasha 2 nkuko abanywanyi mu muziki w’uburundi abazumvirije bakazishima ngo bararyohewe kuzumva gushika nuno mwanya baracakomeza bazumviriza.

Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s