RABA:_Amafoto 3 mashasha ya BIG FIZZO yavuzweko ngo niwe muririmvyi w’umurundi yambara neza afise SWAGGER


Amakuru agezweho mu muziki w’uburundi twakoreye ubushakashatsi kurubuga ngurukanabumenyi rwa WhatsApp rukoresha abantu benshi bo kw’isi yose ariko twayakuye mu barundi bakoresha WhatsApp bahurira muma GROUP WAHTSAPP bakurikirana amakuru y’abaririmvyi b’Abarundi bose aho bari hose ntakindi kiyago bateramiyeko bayaga kuko bashoboye kwibonera neza n’amaso yabo amafoto 3 y’igihangange c’umuziki w’uburundi bazi nk’umuririmvyi BIG FIZZO w’umurundi yavuzweko vyinshi ngo yambaye neza araberewe bayashimye bongera bavuga ko afise Swagger kandi yoba yifotoreje mugihugu c’ubwongereza“UK”.

Nkuko y’agiyeyo gukorerayo ibiteramo niho kuboneka ayo mafoto 3 yiwe mashasha y’arungitswe muma Group Whatsapp y’Abarundi atandukanye yarambwa n’abantu benshi bashimijwe ukuntu bamubonye yambaye impuzu,ibirato,amarori,isheneti ,bavuga ukuntu bamubonye avyambaye aberewe gose ntawundi babona mushikira mu kwambara nkuko bakunda kubona amafoto y’abaririmvyi b’abarundi mu gihe babiboneye yarungikwa muma Group WhatsApp bakurikiranaho umuziki w’uburundi canke ngo bayishize kumbuga bakoresha n’abandi bakunda kubona amafoto yabo.

12688169_1205657052808182_2253641027314303915_nAy’amafoto 4 ya Big Fizzo yarungitswe muma Group Watsapp niho abantu abayarimwo baremeza neza  ngo niwe muririmvyi w’uburundi basigaye babona cane yambara neza kurusha abandi bose kandi afise SWAGGER ibintu vyose bamubonamwo vy’ivyambarwa yambara  biramubera ntanakimwe kitamuberera babonye y’uko ntawundi yoza amurusha mu kwambara kuva hafise gushika hejuru munyambaro  n’ibindi bimuranga k’umubiri wiwe.

Bakavuga ngo umuziki w’uburundi akora woba aribo umwambika akurusha abandi baririmvyi b’abarundi  mu kwamabara abo banywanyi mu muziki w’uburundi bobonye amafoto 3 y’umuririmvyi Big Fizzo mu kuyarabira muma Group WhatsApp yavuzweko inyambaro yambaye afise bimwe bit “SWAGGER “mururimi rw’icongereza ariko hashoboye kuboneka n’abandi abantu bavuze ko atariwe muririmvyi w’umurundi yambara neza afise SWAGGER kurusha abandi barakomeje baharirira mura yoma Group WHATSAPP.

Nk’umunywanyi ukunda umuziki w’uburundi ariho ukibonye ay’amafoto 3 y’igihangange mu muziki w’uburundi,Umuririmvyi BIG FIZZO yavuzweko ivyuyumviro bitandukanye ukuntu bamubonye yambaye none kubwawe uyaravye ubona yambaye neza afise Swagger kurusha abandi abaririmvyi b’abarundi canke hariho uwumusuvya kwambara neza afise Swagger?

Yitegereze neza ayo mafoto 3 yiwe mukuyaraba ukuntu yambare guhera hasi gushika hejuru umwe wese muri mwebwe avuga uko umubona yambaye yaberewe mu kwambara neza afise SWAGGER arusha abandi bose mbega nivyo uhejeje kwibone neza ayo mafoto ntiwitinye gushikiriza iciyumviro cawe nkuko abatanguye kuyabona imbere yawe bagize ico bayavugako nk’ivyiyumviro vyabo?

RABE AYO MAFOTO 3  Y'IGIGANGANGE MU MUZIKI W'UBURUNDI,UMURIRIMVYI Big Fozzo YAVUZWE KO VYINSHI MUMA GROUP WAHTSAPP GUSHIKA AHO BAVUGA  NGO NIWE MURIRIMVYI W'UMURUNDI YAMBARA NEZA AFISE SWAGERR ARUSHA ABANDI BOSE ABARIRIMVYI B'ABARUNDI

13413727_2132524613692758_4088232888574786183_n

13432239_1283538608353359_7613553363641103123_n

13339579_2132524643692755_4395026295897910501_n

 

Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s