Hitamwo gutora indirimbo nshasha ikuryohera cane andika igiharuro cayo yinjire kuri THE TOP 5 MUSIC BURUNDI


Munywanyi mu muziki w’uburundi uherutse kumviriza indirimbo nshasha zasohoye abaririmvyi n’abaririmvyikazi kuko hariho izokuryoheye kurusha izindi wumvirije cane amajambo abarimwo aririmbwa twokubarira ko ni wamwanya wawe wogushora gutangura gutora uhitamwo indirimbo imwe ikuryohera cane kurusha  izo wagiye urumviriza ziguoshora gushika nuno mwanya ubonako atayindi yoza iyija imbere aho uza gutora wandika igiharuro c’indirimbo utoye ucandike muri COMMENTS uyihe amahirwe ifate ikibanza cambere kuri THE TOP 5 MUSIC BURUNDI uraraba k’urutonde twaguhaye uyitore.

Twakuzaniye urutonde rw indirimbo 10 ziherutse gusohora abaririmvyi n’abaririmvyikazi washimishijwe n’ukuntu wumvirije indirimbo yiwe nshasha yasohoye ayishize k’umugaragaro n’ubu ukibandanya kumviriza  gushika nuno munsi ugomba gutangura kuyitora uyihaye amahirwe meza yinjire mundirimbo 5 zikunzwe cane mu muziki w’uburundi igaheza ikaja  kuri THE 5 MUSIC BURUNDI nkuko buri indwi iheze hama hamenyekana izomwatoye zikaronka ayo mahirwe mwanditse igiharuro muri COMMENTS ahasanzwe mutorera nkuko vyama.

1.- Nta Mvura Idahita By Samantha

2.- Ntare By Master BK Ft Floris
3.- Stress By B-FACE Ft Yoya Jamal
4.- Karibu By Jay Fire Ft Mr Champagne
5.-Just Today By Lolilo Lizzo
6.- Nailla By Ami Baso
7.- My Baby By Big Fizzo
8.- Mpikibanza By Double Jay
9.- My Joy By Rally Joe
10.Why ? By Simumuji Team

Izo ndirimbo 10 nshasha ziherutse gusohorwa uratoramwo imwe yo nyene wemera kurusha uzubonamwo ngaha k’urutonde kandi ubonako izirusha cane ntakure kukuryohera mu gihe wafashe akanya ukayumviriza ukanyurwa n’uburyohe bwayo ikakuruhura k’umutima bivanye n’ubutumwa bw’abamajambo bwuwayiririmvye kano kanya ni rwawe tagura gutora wandike igiharuro cayo muri COMMENTS raba hariho ifise igiharuro yitwa:

1.- Nta Mvura Idahita By Samantha

13310618_808287429271175_7992027792403405059_n

2.- Ntare By Master BK Ft Floris

13344775_10204894746767954_7338180937036058795_n

3.- Stress By B-FACE Ft Yoya Jamal

13221737_2125489581062928_6111958056787533040_n

4.- Karibu By Jay Fire Ft Mr Champagne

13346721_1797186830513288_8057250550874003950_n

5.-Just Today By Lolilo Lizzo

10514312_283665745173294_4781395477275015186_o

6.- Nailla By Ami Baso

13268498_2126999530911933_975524439499740879_o

7.- My Baby By Big Fizzo

13221706_2123864504558769_9209970270689370472_n

8.- Mpikibanza By Double Jay

13173796_1734104860168054_217430640760418329_n

9.- My Joy By Rally Joe

923022_257742741034913_724680958_n

10.Why ? By Simumuji Team

13164428_2121208551491031_3332897714884054710_nTangura gutora indirimbo nshasha imwe  yo nyene mwaruno urutonde rwazo twaguhaye munywanyi mu muziki w’uburundi wibukeko wandika igiharo c’indirimbo utoye mu kucandika muri COMMENTS uzakuba uhejeje tuzoheza turabe iyashoboye gutora abantu benshi bakayihuriza niyo izoba ifashe ikibanza cambere mu gukurikirwa n’izindi zine zitowe zinjira mundirimbo 5 zikunzwe mu muziki w’uburundi  uba wahaye amahirwe yayindi wotora ikinjira kuri THE 5 MUSIC BURUNDI tuzobamenyesha vuba iyindwi nyene ukuntu umwe wese yatoye.

Advertisements

3 thoughts on “Hitamwo gutora indirimbo nshasha ikuryohera cane andika igiharuro cayo yinjire kuri THE TOP 5 MUSIC BURUNDI

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s