IFOTO Y’UBUGENI:_SHARIFA LUNA umu Ex wa MKOMBOZI bahoze bari murukundo rudasanzwe ubu yakoze”MARRIAGE


Umwigeme SHARIFA LUNA  adasanzwe kubwiza afise kumubiri wiwe amenyerewe cane muma Video y’abaririmvyi batandukanye bamukoreshamwo kugira aryohere abantu bayaravye ako kazi agakora mu muziki w’uburundi nkuko benshi bamaze kumubona muma Video benshi atandukanye yaramenyekanye cane gose mumyaka yahera nk’umwigeme yasohokana n’igihangange c’umuziki w’uburundi ari we Umuririmvyi MKOMBOZI vyari ibintu bidasanzwe murukundo barimwo abavyibuka neza yaramushizemwo muri Video EAST AFRICA yakoranye n’umuririmvyi ALI KIBA wo mu Tanzania.

Bari murukundo rukomeye cane ntibiyumvira ko bashobora gutandukana kuko urukundo rwabo rwarirugeze kure  rwarashimwa n’abantu benshi bababona bari kumwe ahantu hose uravye amafoto y’uwo mwigeme kumubiri wiwe hari handitsweko izina HASTA munyuma baje gutandukana yamuhoye kudakurikiza itegeko yamuhawe n’uwo muririmvyi kutaja mubuzu bw’ubutambiro “BOITE”hari mu mwaka wa 2013 haraciye imyaka myinshi batandukanye murukundo rwabo bagendanye amezi menshi.

11150870_442949565874932_558415643445796329_nNiho umwe wese yaca atangura ubuzima biwe atarikumwe n’uwundi ariko uno mwaka wa 2016 uwo mwigeme kuruyu w’Imana igenekerezo rya 05/06/2016 niho yashoboye gutera iteka abavyeyi biwe yongera araryitera aho yashoboye kurongorwa n’umugabo adasanzwe bakoze ubugeni “MARRIAGE” idasanzwe vyari ibintu biteye igomwe uravye ikibanza cabereyemwo urubanza rw’ubugeni bwabo c’abonekako bariteguriye cane nawe yaraberewe cane vyamuzaniye umunezerokubona yubatse urwiwe akabana n’umugabo wiwe akaramata.

Umwigime SHARIFA LUNA yubatse urwiwe yarongorewe m’umuryango wa islamu nkuko yarasanzwe ar’imwindini ikintu tutashoboye kumenya catanguye kwibazwa n’abantu benshi bamuzi cane muma Video y’abaririmvyi b’Abarundi ngo birashoboka ko kutazobandanya uwomwuga nkuko yahora abikora atararonka umugabo amushira munzu bakarushinga.

1535383_442949712541584_1390665314172388991_nMbega munywanyi mu muziki w’uburundi warumaze kubona ama Video y’abaririmvyi yabonetsemwo umwige Sharifa Luna,ubu yubatse urwiwe womumbwira akahe akajamwo kubona yubatse urwiwe canke umusabira iyahe imigisha ku Mana ikomeze kumuhezagira murugendo rushasha atanguye mu kwitwa umugore w’umuntu arinze gukora ubugeni bwiteka kuri we n’umuryango wiwe?

13315572_2130736937204859_8527433377009729873_n
IFOTO Y’UBUGENI BWA Sharifa YARAYE AKOZE KURUYU W’IMANA MUKURONGORWA UWO BARIKUMWE N’UMUGABO WIWE
Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s