FRANCK Pro ico mwomenya mukazi akora ntamacakubiri ntaguhengama bibamwo kubibaza ngo SAT-B ntamutangariza ibikorwa


Guhera uno munsi w’Imana itariki 05/06/2016 gushika mumpera zuy’umwaka wa 2016 uhere wose ku bantu batarashobora gutahura ikintu kiri hagati y’umumenyeshamakuru FRANCK Pro n’umuririmvyi SAT-B bamwe bavuga y’uko ngo yanka kumutangariza ibikorwa vyiwe akora mu muziki w’uburundi,ibi hanini bikunze kuvurwa abantu bahafi y’uwo muririmvyi harimwo naba fans biwe ariko ukuri guhari ntabwo arigera yankirwa gutangarizwa ibikorwa vyiwe nkuko vyabaye akamenyero biriko biravurwa nyuma y’amasaha 14 aheze bamutangarije ko Reta y’urwanda ishobora kuzoharika Video yiwe nshasha aherutse gusohora.

Nkuko amakuru tworonse avuye mu bavukanyi buwo muririmvyi Sat-B bisankaho agashavu kabanize kubona umu promoter FRANCK Pro yanditse amakuru avuye mu Rwanda amenyesha y’uko Video yiwe ishobora guhagarikwa na Reta yaho kubera amashusho arimwo y’abakombwa yakoreshejemwo n’uko rero abo bavukanyi biwe naba fans biwe badutse bashavura ngo promoter FRANCK Pro ahora yanka kumutangariza ibikorwa vyiwe mu gihe adasiba gukora  bavuze ngo sat.b ariko yumvise ko iyo ndirimbo ishobora gufatirwa ibihano aratamba aratarika abona yuko ari inkuru nziza kuri we mu gihe aguma akora ibikorwa biguma bishimwa na Bantu benshi batandukanye yaba mu Burundi mu Rwanda na handi African girl rero kuva igisohoka uyo Frank ntiyigera ayishira kurubuga rwiwe.

13164387_2121616611450225_8686949667505312670_nIkiganiro duhejeje gukorana n’umuyobozi w’ikinyamakuru canyu http://www.yagatv.wordpress.com kidasiba kubashikiriza amakuru agezweho mu muziki w’uburundi ari we benshi bazi nka Promoter FRANCK Pro akongera akayobora TEAM+257 FRANCK Pro ashoboye kuva mu gacerere aratanga umuco mu bantu bose bahafi naba fans b’umuririmvyi Sat-B bibaza ngo Franck Pro amwanka akanka no kumutangariza ibikorwa vyiwe abumvisha ko amakenga yobaheramwo bareka kuguma biyumvira nabi ngo ntashaka kumumenyekanishiriza ibikorwa kandi impamvu zitaba zivuye kuri Promoter FRANCK Pro.

FRANCK Pro arabaha umuco yongera abakuramwo amakenga an’ayakuramwo SAT-B bibaza ko amwankira kumutangariza ibikorwa vyiwe icambere n’uko arimwo abanywanyi mu muziki w’uburundi bashimishwa n’ibikorwa akorera k’umuririmvyi n’umuririmvyikazi bose bavuka mu Burundi kimwe gusa mukwiye kumenya mukacamikaza kumutima mubonye mutariko murameshwa ibikorwa vya Sat-B biciye kurubuga rwa FRANCK Pro ukuri n’uko  SAT-B atamunsi numwe aramwegera amuhe ibikorwa vyiwe abitangaze amwankire kuko nabo basangiye umwuga barabimuha akabimenyekanisha haba Superstar na endergruand bose arakira ibikorwa vyabo mu gihe babimuhaye bayaze.

13336102_2130687810543105_2165474864932511580_n

Umu Promoterd FRANCK Pro abandanya abaha umuco muba fans n’abantu bahafi b’uwo muririmvyi bakunze kumushigikira bakandika kuzindi mbuga mwama mushaka kubona amutangariza ibikorwa vyiwe ico mwomenya kigira gatatu SAT-B ntarigera yegera FRANCK Pro amuhe ivyo bikorwa vyiwe aheze abibashikirize nko gusohora indirimbo nama Video ivyo vyose ntarigera abimuha abimenyekanishe rero ikosa si ry’uwumenyekanisha akamutangiriza ahubwo ni nyene ibikorwa arifise kubera ntibomwandikira ivyo atatanze kandi mwomenya ko umu promoter adashobora kwandika Article y’ibikorwa vyiwe mu gihe atigeze abitanga abimuha babimutangurize muba fans biwe.

Ikindi ararangiza abambwira abantu bahafi biwe naba fans b’umuririmvyi SAT-B bamenye neza y’uko FRANCK Pro ntamacakubira ntaguhengama akoresha mukazi akora mu kumenyekanisha ibikorwa vy’abaririmvyi n’abaririmvyikazi babimushikiriza akabibatangariza igihari uwo muririmvyi akwiye kuza abitanga nkuko mubishaka kandi abaririmvyi n’abaririmvyikazi abahimiriza haba superstar canke aba enderground  arabamenyesha yuko ntimuze mwitinye kumuha IBIKORWA vyanyu  abimenyekanishe muba fans banyu hama asozera abaha umuco wanyu kuri Sat-B ni yamuha ibikorwa vyiwe bizotangazwa murabo bavukanyi biwe naba fans biwe hama atabimuhaye ntakundi ntibizotangazwa kubera ntitwokwandika ibikorwa ataduhaye.

Umumenyeshamakuru atagira imbibe FRANCK Pro agiye kumwirondera Umuririmvyi Sat-B amubaze igituma aba fans biwe hamwe n’abantu bahafi biwe bamuserukira mu kwandika kuzindi mbuga zabo bakidoga gitangaje inyamakuru co mu Rwanda nka inyarwanda.com , kigalibiz.com vyanditse amakuru bivuga ko Reta y’urwanda ishobora guhagarika Video Africa Gal ,yiwe nshasha muri cogihugu ko batakomye induru babonye bimenyeshejwe kurubuga rwa FRANCK Pro bose bicwa n’ishavu kubera batabonye ibikorwa vyiwe bica kubuga rwa FRANCK Pro babimenyeye kurubuga http://www.yagatv.wordpress.com kandi ntakintu ntakimwe bapfa ntibaze bicwa n’ishavu.

FYONDA AHO HASI MUBIRABYE IVYO BINYAMAKURKU VYANDITSE AYO AMAKURU BIKORERA MU RWANDA
Sat-B yakoze indirimbo ishobora guhagarikwa mu Rwanda kubera amashusho arimo - See more at: http://kigalibiz.com/amakuru/imyidagaduro/article/sat-b-yakoze-indirimbo-ishobora-guhagarikwa-mu-rwanda#sthash.ghbetLqG.QM2YPWuz.dpuf


SAT B ntatewe ubwoba nuko indirimbo ye yahagarikwa mu Rwanda kubera imyambarire iri muri Video

Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s