Mwazino indirimbo nshasha 2016 ni yahe ikuryohera cane kurusha zose tuzoca tukubarira iyambere yatowe cane?


Birashushe mu muziki w’uburundi uno munsi wa gatandatu turi muri WEEKEND tubambwire banywanyi b’indirimbo nshasha z’abaririmvyi n’abaririmvyikazi baherutse gusohora uno mwaka 2016 hariho izo mumaze iminsi mwumviriza n’izindi zimaze amezi muzumviriza,kano kanya ni rwawe twakuzaniye urutonde rw’indirimbo 12 nshasha ziherutse gusohoka umwese arabemwo indirimbo imwe yonyene imaze iminsi canke amezi imuryohera kumviriza kurusha  izindi abariyo wandika izina ryayo nkuko vyama wandika muri COMMENTS ukaba uhejeje kuyitora

Rero indirimbo nshasha 2016 ziherutse gusohoka urabonamwoimwe uhora wumviriza ukumva ikuruhuye kumutima ukaryoherwa n’ubutumwa bw’amajambo yaririmvyemwo Umuririmvyi canke Umuririmvyikazi usanzwe ushigikira uraza kuraba izina ry’indirimbo nshasha ushaka gutora iri k’urutonde twaguhaye uravuga igituma ikuryohera n’icatumye uyihitamwo kuyitora ikakurutira izindi zose kandi iyiza gutorwa cane n’abanywanyi benshi mu muziki w’uburundi tuzoyibamenyesha yabaye iyambere gusa ikarusha indirimbo 11 zose tuzoheza tuzoze turayipromotinga cane,tagura kuyitora mwandike izina ryayo banza uyumvirize neza imbere yo kuyitora.
Hariho iyitwa:

Nta Mvura Idahita By Samantha 

FOREVER Remix By Big Fizzo Ft Dj Pius

Stress By B-FACE Ft Yoya Jamal

Me and You By Olga Ft Big Fizzo

Ntare By Master BK Ft Floris

Karibu By Jay Fire Ft Mr Champagne

Utaipenda By Gaga Blue Ft Natacha

Ndi Tro Top By Thity Love

Sinkurekura By Walidi

Jewe Nawe By Miss Rocher

Just Today By Lolilo Lizzo

Wewe Ni Mungu By J.Marie Muco

 

Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s