Raba amafoto yaranze ubugeni bwa GAEL BIGIRIMANA igihangange muri PREMIERE LEAGUE y’ubwongereza n’Intamba Murugamba


Gael Gigirimana asanzwe aba mugihugu c’ubwongereza akahakinira umupira w’amaguru muciraco ca mbere (PREMIERE LEAGUE) mumurwi witwa Newcastle United F.C uno mukinyi muri bukako yigeze kuza mu Burundi atumweko n’abarongoye umurwi Nserukiragihugu mumupira w’amaguru mu Burundi ari wo INTAMBA MURUGAMBA bari bamuhamagaje kuza gufashanya n’abakinyi bagenzi biwe mu guhangana n’abakinyi rwari urukino rudasanzwe rwasaba gushirwamo inguvu ico gihe yaza mu Burundi kuri we ryari  ribaye iryambere aje mugihugu c’uburundi gukinira INTAMBA MURUGAMBA.

Nkuko abamwibuka neza yigeze kuza mu gihe umurwI Nserukigagihugu Intamba Murugamba zakina urukino rukomeye cane gose muhura nuwo murwi Nserukirahigihugu wa R.D.CONGO mu mwaka uheze 2015 nkuko Intamba Murugamba zarashoboye gutsindirwa imuhira iwabo bakiniye mugisagara ca Bujumbujura kukibuga c’inkino citiriwe Umuganwa Rudoviko Rwagasore bastinzwe bitatu kuri bibiri  kw’igenekerezo rya 12/11/2016 ariko uwo mukinyi ntiyigeze akina kubera yashitse arushe avuye mugihugu c’ubwongereza“UK”mugayaje gukina urukino rwo gunsubiriza.

ffUmukinyi GAEL BIGIRIMANA akaba yaraye yubatse urugo rwiwe mukurongora umugore umuzungukazi bakora ubugeni bukomeye cane buhimbaye ababujemwo bararyohewe cane gose “MARRIAGE”bayikoreye mugihugu c’ubwongereza iyo asanzawe akinira umupira w’amaguru mw’ihigangwa rya PREMIERE LEAGUE mubitegereje mu mafoto amuranga n’umugore wiwe vyabaranze baryohewe cane mu kwifotoza amafoto atandukanye amaposteur barikumwe n’inshuti zabo bibahimbaye.

Ngo bwari ubugeni budasanzwe bwitabiriwe n’abantu benshi cane baje kubafata mumugongo bamushigikiye mu kubaka urugo rwiwe rushasha ashinze umugarango mushasha uzorangwamwo uwo mugore wiwe bakoze ubugeni bw’iteka biciye mumategeko bakandikwa kandi umugarango mushasha wa GAEL BIGIRIMANA uzonagirwa n’abana azovyarana n’umugore wiwe akaramata birahimbaye kuba yubatse ururwiwe ntimworaba mwitegereze neza ayo mafoto yabaranze ku munsi bakora ubugeni.

13332894_1243187429024657_7714568341797441889_nMbega nk’umunyanyi w’mupira w’amaguru mu Burundi wanejerejwe igihe yaza gukinira igihugu ciwe ca mwibarutse uno mukinyi akongera akawutsindira urukino rwogusubira muri R.D.CONGO hari kw’igenekerezo rya 15/11/2016 akiniye Intamba Murugamba mu kunganya ibitsindo bibiri kubindi ubona wo mukeza umwimpfuriza imigisha kugira Imana ikomeze kumurindira umuryango wiwe mushasha aho atanguye urugendo rushasha avuye mubusore yinjiye mubugabo?

Murabe AMAFORO MENSHI CANE GOSE YARANZE UBUGENI BWA:” GAEL BIGIRIMANA” YARONGOYE UMUZUNGUKAZI MUGIHUGU C’UBWONGEREZA IYO ASANZAWE AKINIRA UMUPIRA W’AMAGURU MUCICARO CAMBERE MURI  PREMIERE LEAGUE

13307388_1243190115691055_2578240936311043401_n 13315262_1243187589024641_6502590828179163947_n 13322095_1243190182357715_6849075756199537818_n 13327561_1243190135691053_4191234692119592636_n 13335641_1243187632357970_6286383003080862800_n 13335824_1243187529024647_638886638868206075_n 13335851_1243190035691063_4651534148243302335_n (1) 13335863_1243187459024654_1043963585819095189_n 13344748_1243187499024650_267534233784187359_n

Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s