NDATAHUTSE n’izina rya Album nshasha 2016 ya LOLILO LIZZO agomba gusohora ayibashikiriza ibaryohere


Ngwaho aragarutse adasanzwe n’igihangange mu muziki w’uburundi umu Superstar LOILO LIZZO ni nyuma y’imayaka myinshi yarihaciye adaherutse gushira k’umugaragaro Album   igirwa n’indirimbo rwiwe ziryohera abantu benshi bazumviriza bakanaziraba benshi bari banyotewe kumva asubiriye gusohora Album ngo uno mwaka yagarutse adasanzwe abababira y’uko bitegure muminsi yavuba  agiye kuzosohora ALBUM  nshasha 2016 yiwe bazokumviriza banarabe  izoba igizwe n’indirimbo 8 zishushe zizobica bicike mu banywanyi mu muziki w’uburundi  benshi cane bazoyikurikirana iyo Album nshasha azosohora ayibashikirize ibaryohere.

 Superstar Lolilo Lizzo  arabandanya abwira aba fans biwe atibagiye ntabari aba fans biwe ngo ntagihe kirekire asigaje kuyisohora  ALBUM nshasha 2016 yiwe izobirimwo indirimbo 8 ntarashobora kuzibamenyesha amazina yazo ariko muzitegurire muri benshi cane gose muzoryoherwa niyayisohora k’umugaragaro ikindi abamenyesha ko muri yo Album nshasha  yiwe igizwe nizo ndirimbo 8 ashimye kubamenyesha indirimbo 1 gusa uko   yitwa kandi yatanguye kuyikorera VIDEO nziza cane gose azoba yashajije mu kwambara Costume izimvye azokoreshamwo n’imodoka idasanzwe nkuko abibereka aho yagiye kubigurira.

13350406_2128864887392064_3614959858874981294_oLOLILO LIZZO yanashoboye kumenyesha abanywanyi mu muziki w’uburundi ukuntu ALBUM yiwe nshasha 2016 igizwe n’indirimbo 8 arababwira ngo  ashimye kuyitirira imwe mundirimbo ziwe yakoze mu myaka yahera y’ashoboye kubica bigacika mu bantu benshi bashoboye kuyumviriza ndetse izoba yitwa NDATAHUTSE  rero n’izina rya ALBUM nshasha 2016 yiwe irimwo indirimbo 8 agiye kuzoyisohora ayibashikirize k’umugaragro mushobore kunayigura CD izoba idasanzwe ntimuzocikwe kuyigura muri benshi cane.

Yagarutse ababwira ko ABLUM  NDATAHUTSE ikintu cambere yatanguye kuyikorera kugira azoshobora kuyishira k’umugaragaro imbere y’abanywanyi mu muziki w’uburundi n’uko yashoboye gutangura gukora Video nshasha y’indirimbo NYIBUTSA nayo izoba iri muri Ablum Ndatahutse akavuga y’uko ayigejeje kure imyiteguro arayirembere nkuko mu kuvyibonera mu ka Video kamuranga ukuntu yariko arayibategurira ntibisanzwe kuri we uno mwaka yaje afise ishaka rirenze igipimo kuko avumbukanye umuvuduko munini  mu kubazanira iyo Album nshasha 2016 irimwo indirimbo 8 zose muzoshobora kumviriza izindi muziraba Video.

13321807_2128865240725362_1484192069081921332_nAbanywanyi mu muziki w’uburundi ngo mube muritegurira hakirikare ALBUM nshasha NDATAHUTSE igizwe n’indirimbo 8 z’igihangange c’uno muziki umu Superstar Lilo Lizzo kenshi abashimisha  yasubiriye kwivyukiranya mugusohora Album idasanzwe abashaka kuzoyironka muyirindiranye igishika cinshi kandi mwongere murindirane igishika cinshi Video nshasha y’indirimbo NYIBUTSA izoba ari Video nziza cane ntimuzotangwe kuyiraba muzokwirabiremwo abakobwa benshi cane bazoyiryoshe kandi abamenyesha y’uko izosohokera rimwe na Album Ndatahutse kuko iyo Video yaramaze kuyishira k’urutonde rwa Ablum Ndatahutse.

KUKIRANA AY’ANDI AMASHUSHO MUZOSHOBORA KUBONAMWO MURI VIDEO NSHASHA Y’INDIRIMBO Nyibutse By Lolilo Lizzo IZOSOHOKA IRI MURI ALBUM NSHASHA YISE Ndatahutse VUBA AZOSHOBIRA K’UMUGARAGARO IRIMWO INDIRIMBO 8 ZISHUSHE

13325640_2128865324058687_8843407523674280991_n 13335656_2128865187392034_6773711444589617427_n 13336073_2128865147392038_387407331752764343_n 13344677_2128865210725365_7569898952802990435_n 13346740_2128865030725383_5237550362306313931_n 13315651_2128865070725379_3810851448554155517_n 13319927_2128865360725350_8404804410147948153_n 13350406_2128864887392064_3614959858874981294_o

13320514_2128864854058734_4716998301899743665_oTurangize tubamenyesha y’uko Video nshasha y’indirimbo NYIBUTSA yigihangange c’umuziki w’uburundi umu Superstar LOLILO LIZZO n’uko uwuriko arayimufatira amashushe meza azobaryohera kuraba mugashima ni Umuhinyanyuzi O.FARCY ahinyanyura ama Video y’abaririmvyi b’Abarundi niwe amaze iminsi ariko arayikora neza nkuko mumubona murayo mafoto nuyo yambaye ibidasa n’abandi yambaye agapira kamabara akorera muri UJUMBE PICTURE VIDEO

Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s