Underground na Superstar bi Burundi bakomeje gushimira”FRANCK Pro”abafata mumugongo


Umwaka 2016 wabaye uwo gukomeza ashimirwa eka n’imigisha bamusabira ku Mana yo mw’ijuru imuhezagire kandi aguma aterwa iteka n’ibikorwa akora suwundi ni umumenyeshamakuru benshi bazi kw’izina FRANCK Pro ntagira imbibe kubera ibikorwa vyiwe akora mu kumenyekanisha umuziki w’uburundi nokuwuteza imbere ukwashoboye abikorera abaririmvyi bakiri  Underground na bakiri Superstar  ni mu gihe basohoye indirimbo nshasha canke bakoze ibiteramo akunda kubibafashwamwo abimenyekanisha bikamenywa n’abantu benshi cane abari mu Burundi no hanze y’uburundi.

Ni benshi batanguye kugaragaza mu kumushimira kuvyiza bakorerwa na FRANCK Pro batanguye kubigaragaza abandi bakabwira aba fans babo igituma ibikorwa vyabo bimenyekana n’uwubifashamwo kubafata mumugongo mu muziki w’uburundi basanzwe bakora buri umwaka.

1464625459409

Underground na Superstar b’Abarundi bakora umuziki w’uburundi batangarizwa ibikorwa babishikiriza aba fans babo bibanje kumenyekanishwa na FRANCK Pro abicishije kumbuga abimenyesha ko bikamenya Abantu benshi nka FACEBOOK nama WEBSITE ubu abimenyekanisha kuri http://www.yagatv.wordpress.com ,baramushimira cane gose uko abafata mumugongo abashigikira mu bikorwa vy’umuziki w’uburundi rero ubu  abatanguye kumushimira bishitse bakayaga umwanya munini mu gihe abari mu karuhuko akoresha ubuhingangurukana bumenyi WhattsApp.

Bamubwira ukuntu atandukanye n’abandi bamenyeshamakuru bo mu Burundi bakora ibikorwa nkivyo hariho nabamubwiye ko hamwe hoboneka mu Burundi nk’abamenyeshamakuru b’umuziki w’uburundi bafise umutima mwiza wogufata mumugongo canecane abaririmvyi bakiri Underground hama bakaza munyuma abaririmvyi babaye aba Superstar  ngo ntakizobuzako umuziki w’uburundi ukomeza gutera imbere kurusha ibindi,ibihugu bigize akarere ka East Africa ndetse ukanashika no hanze“IBULAYA.”

Aba Underground na Superstar bashoboye kugira ico bamubwira bamushimira umumenyeshamakuru FRANCK Pro atagira imbibe mugupromotinga indirimbo zabo n’ibiteramo bakora duhera kuba Underground hariho uwitwa.

13164428_2121208551491031_3332897714884054710_n

BOSSANI MKALI BOY :”Hello mfashe aka kanya ko Gushimira umumenyeshamakuru Franck Pro kubikorwa vyiwe akorera Abaririmvyi ataravyee nkunzi canke Intara.Jewee nitwa Bossani Mkali Boy nd umuririmvyi w’Imakamba indirimbo zanje Franck Pro niwe yatanguye kuzitangaaza Kuma website mumwaka uheze ubu Abantu beshi barazi neza Bossani Mkali Boy uwo ariwe mfise abagenzi beshi bari mubihugu vyo hanze y uburundi  bamaze iminsi bantera intege!!! Rero Simumuji Team(Bossani Na SOSI) turakengurutse caneeee.tutibagiye mwebwe mwese mukunda Umuziki w uburundi.Rero kubwivyo Imana Imwongerereze Imigisha Mr. Franck pro.”

1483303_1698112240446855_7247999809945144419_n

J.MARIE MUCO:“Burya Franck Pro ndamushimira cane kandi ndanamwemera trop niwe mumenyesha makuru yemeye kwakira indirimbo zanje arazitangaza kukinyamakuru atandukanye cane gose nabandi kuko abandi ubakomye batangura kukubwira foto nimbi  uwutavuze uko akubwira iyofoto ntiyemera kuza kuri website nabipimye kundirimbo yantangarije ahejeje ndayitanga kukinyamakuru citanzania barayitangaza ngize nkomye abandi bokukinyamakuru ntashimye kuvuga banyishuye foto nimbi!!!! Ivyabavuga ama certificat yogutangaza umuziki ivyo nobabwirako bobivuga aruko bahindutse bakaba nka Franck Pro bakatangaza bataravye nkunzi,intara canke ubwoko kuko aboteje imbere umuziki nibo bawusubiza inyuma,    harumumenyeshamakuru amenyekanisha indirimbo zabaririmvyi bakivutse yoza ashikira Franck Pro je kuvyiza akora ntihobura numwe yomfasha kuvugati Imana imuhezagire.”

Bamwe muba  Superstar bashoboye kugira ico bashimira FRANCK Pro bamubwira yirambire ariho uwitwa:

10302228_1048047741901462_4326156382903958140_n

MKOMBOZI:”Komera cane,niyompamvu abanywanyi bakwemera urazi kubaha inkuru bipfuza nico abantu batazi,iyaba abarundi bose umwe wese akora akazi kiwe yiyemeje,uko bikwiye twari kuba turi kure cane.Komera,kandi urambe ukora ibikorinka.”

11401172_1589919451296902_6130636538859405797_n

N.John Melodica:“Nivyiza kuba unyitaho kabisa.Sibeshi bameza nkawe.Ndizeye ko ivyo ukora bizonshikana kure komeza mutwubaka.kubwanje nzama ndabibuka.”

Hariho n’abandi benshi bamushimira umumenyeshamakuru FRANCK Pro atagira imbibe bakora umuziki w’uburundi ukuntu abafata mumugongo abashigikira mu kwakira ibikorwa vy’umuziki w’uburundi bakora kandi bagashima bambwira aho bageze ubu harimwo ico yabafashijemwo gukora turangize tuvuga ngo twashimye kubereke bamwe muri bo abandi ni munyuma kuko nitwabamara ni benshi cane gose kandi bituma bimuha ishaka ryo gukomeza akora cane atangaza mu kumenyekanisha ibikorwa vyabo bakora no guteza imbere umuziki w’uburundi naho kenshi atabura abansi b’ibikorwa akorera aba

Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s