Tora uwuzoba”ARTIST OF MONTHLY MAY”muraba twabashikirije amakuru yabo kuno kwezi kw’5


Umuziki w’uburundi bwacu mwakuno kwezi ku munsi w’Imana itariki 29/05/2016 niho dushaka kubaha urutonde rwaba Artist Burundi 10 abo twabashikirije amakuru yabo uk’ukwezi nkuko mwayashimye cane abanezereza banywa mu muziki w’uburundi tugomba ko mutangure gutora umwe muribo ubona koko iwawe yasumbije abandi bose mu bikorwa bimwe vyamuranze.

Nkuko twama twabikoze buri ukwezi duhora tugirisha amatora muri mwebwe abanywanyi mu muziki w’uburundi mugashobora gutora Umuririmvyi canke Umuririmvyikazi ashobora kuba ARTIST OF MONTHLY mu gukora cane neza vyabashimishije mu gihe twaza turagushikiriza amakuru yiwe agezweho nko gusohora indirimbo nshasha ama Video canke ibiteramo bakoreye mugihugu c’uburundi hamwe no hanze y’igihugu batigiye na COLLABO afasha gukora canke bagafasha kuyakorana n’abandi aba Artist batavuka mu Burundi.

Urwo rutonde rwaba Artist Burundi bose bose ni 10 ushobore gutoramwo umwe mwiyumvamwo yagushimishije ukaryoherwa wumvise indirimbo yiwe nshasha yasohoye mu kwezi kw’5 yarushije izindi haba kuri The Top 5 Music cangwe waragiye mubiteramo yakoze rero ukuntu dushaka ko abe arimbwe mutora ARTIST OF THE MANTHY MAY 2016 kandi banywanyi mu muziki w’uburundi kwandike urudome rukuru rw’izina ryiwe murwandika muri“COMMENTS”uzakuba uhejeje kumutora umuhaye amahirwe yo kwibera umu Artist Burundi yakoze neza kurusha abandi mu kwezi kw’5 abo muza gutora twabazaniye hariho uwitwa:

T:- THITY LOVE

12923336_1176098322409493_2440389925048790553_n

K:- KIDUM

Kidum-Kibido-600x600

A:- AKES

12814653_1702221703357682_2358789797006809837_n

R:- MISS ROCHER

13260028_1612578422395426_3991864435805581943_nN:- NATACHA

13232914_1720817798175150_6822636895684444493_n

L:- LOLILO LIZZO

10593206_283666635173205_695017131277516590_n

G:-GAGA BLUE

13063242_1094785410543180_5850955205013687960_o

B:- BIG FIZZO

13256171_1270861206287766_2794235693618229323_n

W:- WALIDI

10517677_1617982151772596_5378672432724261311_n

O:- OLGA

12791016_10153504883918131_3846083429094293255_nUyu n’umwanya mwiza kuri mwebwe abanywanyi mu muziki w’uburundi wogutangura gutora aho twabazaniye urutonde rw’amazina yabo tora uravye neza umu Artist Burundi y’agushimishije mu bikorwa vyiwe kuno.

Tubamenyesha ko banywanyi mu muziki w’uburundi n’uko uwuzoshobora kuba ARTIST OF MONTHLY MAY  azomenyekana neza turavye ingene mwamuratoye mu kwandika urudome rw’izina ryiwe aho kw’igenekerezo rya 01/06/2016 niho tuzoca tubabwira uwabaye uwambere akitwa:”ARTIST OF MONTHLY MAY” kuko azoba yatowe namwe k’umugaragaro nkuko umwe wese yaravyemwo umuririmvyi canke Umuririmvyikazi yamushimishije amuryohera kuno kw’5 mumakuru agezweho mu muziki w’uburundi  yiwe twabashikiriza ntimwibagire gusiga mutoye wandika urudome rw’izina ryiwe murabo ubona, andika muri COMMENT .

Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s