REAL MADRID watwaye igikombe ca Champions League 2016 urakwijije ibikombe 11 vya Champions League


Mu mwanya wahera niho urukino rw’umupira w’amaguru  mumirwi ya Bulaya rwariko rurahuza Real Madrid na Atlético Madrid mwihiganwa ryanyuma rya Champions League 2016 ntirwari rworoshe ntagatoya kumande zose kuko rwaje kurangira iyo mirwi yose ifise igistindo kimwe kukindi muminota 90′ bakinye yarangiye atawusubiriye gutsinda uwundi ntabwo rwarigoroshe ukino bakinye ntagato bose berekanye umukino mwiza cane ntanumwe yariko arekera uwundi amutsinde ahubwo bakomeza bagusatirana cane gose barondera igitsindo kigira kabiri.

Niho bashoboye kubongera iminota 30 Min barabe ko hoboneka numwe atinda uwundi hagati y’abakinyi bakinira Real Madrid na Atlético Madrid ntivyashobotse berekanye ubuhinga bafise murukino baguma bazibira ntihagire uwutsinda uwundi igitsindo bidaciye kuri za penalties iyo minota yose yarangiye bagifise igitsindo kimwe kukindi niho gutangura gutera penalties 5 kira umurwi ariko twobabwira y’uko havuyemwo umwe utsinda uwundi kuko abakinyi bawukinira bantaniwe penalties 2 bituma utakaza igikombe c’imirwi ikinira ibulya bagihiganirwa Champions League Final 2016.

4428Muma penalties 5 hagati ya REAL MADRID na Atlético MADRID niho abakinyi bagize iyo mirwi bashoboye gutangura gutera penalties haje kubonekamwo uwashoboye gutsinda uwundi aca atahukana igikombe gikomeye cane gose ca Champions League Final 2016   ukuntu vyagenze mugutera za penalties k’uruhande rwa REAL MADRID abashoboye kuzitsinda zose ntanumwe yaniwe kuyitera ngo ayite hanze canke umupira ukubite kumwamba.

Abakinyi ba REAL MADRID bateye penalties 5 ni  Lucas Vázquez, Marcelo, Gareth Bale and Sergio Ramos ,Cristiano Ronaldo baca batahukana ico gikombe batsinze Atlético MADRID kuri penalties 5 -kwa 3,umunezero wabaye mwinshi cane gose kubakinyi ba REAL MADRID kandi umunezero wagaragaye no mubanywanyi babo bose bari kw’isi nzima kubera bariko barorera ukuntu urukino rwariko ruragenda hariho n’abashoboye kwishikira kukibuga bakiniyeko urukino rwanyuma rwa Champions League Final 2016 ico kibuga citwa MILAN.

3083Abakinyi ba REALA MADRID bashoboye gutera penalties 5 zose bakazitsinda amazina yabo  hariho: Lucas Vázquez, Marcelo, Gareth Bale and Sergio Ramos, Cristiano Ronaldo ntanumwe yigeze ahushamwo nimwe nkuko vyashikiye umukeba wabo Atlético MADRID bariko barahiganirwa gutahukana itsinzi y’igikombe ca Champions League Final 2016.

Mu gukinira igikombe ca Champions League Final 2016,hama abakinyi ba Atlético MADRID bashoboye gutera penalties 5 havamwo abakinyi babiri barahusha penalties 2,amazina yabo hariho:Griezmann niwe yashoboye guhusha penalties uwundi ni Juanfran nawe nyene yahushije penalties ayitera kumwamba.

2616 (1) Tubamenyesha ku batashoboye kuraba urwo rukino n’uko Cristiano Ronaldo ahejeje gutera penalties yanyuma yatumye ibaha itsinzi REAL MARDID  n’uko umumenyereza wiwe ZIDANE yahise amurwa munda bimwe bikomeye cane gose agaragaza umunezero yarafise kandi Zidane yahoze ari umukinyi wa  REAL MARDID mumyaka yatumye utwara ibikombe vyinshi cane vya Champions League ubu ariko baramwizeye bamugize umumenyerezi akomeza awufasha ibitari mikeya ribaye icuro yiwe yambere atakukanye igikombe gikomeye ca Champions League Final 2016 binejereje abantu benshi cane.

Dusimbiye mumateka ya REAL MARDID kubijanye n’ibikombe vya Champions League uamaze gutwara kuva uvuka uza mukibanza cambere urusha iyindi mirwi yose yabulaya umaze gutwara ibikombe vyinshi ikintu gikomeza gutangaza abantu b’ibulya na Africa n’uko ngo REAL MARDID y’arashoboye gutwara ibikorwa 5 bikwirikirana vya Champions League mu myaka 5 ikurikirana atawundi umurwi ukozemwo ngo utware igikombe ca Champions League ivyo bikombe 5 yabitwaye  mu myaka ya:”1956,1957 ,1958,1959,19560″utahukana gusa atawukoramwo.

4bc7cd5f292c404e1668643d2241e5e1Wasubiriye  gutwarwa igikombe ca Champions League mu mwaka 1966,1998, wongera utwara kandi mu mwaka 2000 niho REAL MARDID yaje kwiyongera mu mwaka 2002 hama haracamwo imyaka 12 udasubiriye gutwara igikombe ca Champions League niho mu mwaka 2014 wivyukiranya utwara igikombe ca Champions League ubu naho wigongeye ikindi igikombe ca Champions League mu mwaka 2016 uciye ukwiza ibikombe 11 vyose muri Champions League umaze gutwara n’iteka ridasanzwe kuwatwara nabawukinamwo n’abawushikira ubu niwo murwi ukina umpira ibulaya uza ubwambere mu bikombe vya Champions League.

RABA AYANDI AMAFOTO YARANZE  Champions League Final 2016 HAGATI YA Real Madrid NA Atlético MADRID

1988 2089 2150 2222 3100 3267 3500 3853 5412

Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s