www.FRANCKPROM.WORDPRESS murarabiraho CHAMPIONS LEAGUE FINAL 2016:_ATLETICO MADRID vs REAL MADRID


Uno mwanya kw’isi yose ntayandi makuru agezweho ariko aravurwa mu bijanye n’inkino z’abulaya haba kumugabane wa Africa na Bulaya hose bagumye barindiranye igishika cinshi urukino rwanyuma rwa CHAMPINS LEAGUE FINAL 2016 ruza guhuza imirwi y’umupira w’amaguru yo mugihugu ca ESPAGNE ariyo REAL MADRID na ATLETICO MADRID kandi abantu benshi barurindiranye igishika cinshi ntiworaba baguma bahanze amaso isaha gusa.

Urukino rwanyu rwa CHAMPOINS LEAGUE FINAL 2016 ruza guhuza ATLETICO MADRID vs REAL MADRID ruzagutangura igihe c’isaha umunani n’iminota mirongo ine nitanu (2:45 MP) aho ni kumugabane w’amasaha ya Bulaya kubarirera Live baruraba LIVE kumboneshakure zabo canke internet hama amasaha yo kumugabane wa Africa abantu baho baza kururaba igihe c’isaha zibiri n’imonota mirongo ine nitanu ( 20H45MIN) ni co kimwe n’amasaha yo mu Burundi niho abantu baho baza gutangura kururabirako nabo LIVE kumboneshakuru n’ahandi.

11ATLETICO MADRID vs REAL MADRID urukino rwabo wanyuma muri CHAMPOINS LEAGUE FINAL 2016 baza kurikinira kuri stade yitwa MILLAN ikindi twobamenyesha dusimbiye hano mugihugu c’uburundi bwacu n’uko abantu benshi barurindiranye igishika  cinshi cane gose aho usanga aba fans ba REAL MADRID bizeye cane gose ko urukina rwa CHAMPOINS LEAGUE FINAL 2016 umurwi bashigikiye kuza gutahukana igikombe ntubwo bimeze uko ahubwo abakeba babo aribo aba fans ba BARCELONA ubu bose bashikiye ATLETICO MADRID kandi bakavugako ariyo iza gutahukana igikome gushika nuno mwanya impari zicari zose ntiworaba.

Uno mwanya Umumenyeshamakuru FRANCK Pro atagira imbibe mugupromotinga ibikorwa vy’abaririmvyi n’abaririmvyikazi ashoboye kumenyesha Abarundi n’abarundikazi aho bari hose bashaka kuraba urukino rwa CHAMPIONS LEAGUE FINAL 2016 rusigaje amasaha makeya cane kugira abari mu Burundi murabe amasaha y’uburundi isaha 20h45Min niho ATLETICO MADRID Vs  REAL MADRID y’uko mutotangwa kuza kururabira kurubuga rwiwe mumenyereye http://www.yagatv.wordpress.com ayo masaha nyene araza kubamenyesha mururabe hama kubari Ibulya nabo nyene muze kuza kururabiraho isaha 2:45 MP

atletico_madrid_vs__real_madrid_wallpaper_2015_by_ricardodossantos-d9allg6Mbega nk’umu fans wa CHAMPIONS LEAGUE FINAL 2016 uriko witegereza neza ubona aruwahe umurwi ukina umupira w’amaguru ibulya hagati ya ATLETICO MADRID Vs  REAL MADRID abaza gutsinda abandi bagaheza bagatahukaza itinsi? uravye kahise kino murwi canke kazoza kayo ukuntu bagiye barahura munkino bakina bahuriye muri LA LIGA mugihugu cabo ca Espagne uravye icuro bakinye ukaraba n’inkino batsindanye ubona ko uno munsi arinde aza kurusha uwundi agatahukana igikombe ca CHAMPIONS LEAGUE FINAL 2016?

Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s