Biramenyekanye CHANNY QUEEN imbanyi afise”INDA”ntiyayitewe na R.FLOW uwayimuteye n’uwitwa RODRIGUE


Abanywanyi mu muziki w’uburundi bakunda ibikorwa vy’umuririmvyikazi CHANNY QUEEN bagumye batubwira ko twandanya gukora amatohoza mumakuru duherutse kubashikiriza kuruyu wa gatatu wiyi ndwi nkuko twabivuze ko tuzoyagaruka ko yamuranze ikigihe afise imbanyi“INDA”benshi bagumye bibaza ko yoba yayitewe n’umuririmvyi R.FLOW.

Kandi ngo Imana igiye kubaronsa umwana wabo wambere bavyaranye nkuko bamaranye imyaka itari mikeya bari mu Rukundo babana munzu bakorana n’ibikorwa vy’umuziki vyashimisha abantu benshi babikorera mumurwi THE COUSINS ubagize ari batatu nkuko bamze gusohorana indirimbo nyinshi harimwo izifise ama Video.

13266099_2125639464381273_4914755626515095760_nMumatohoza twashoboye gukora nkuko twabimenyesheje ko tuzotohoza neza ayo makuru y’umuririmvyikazi CHANNY QUEEN kubera bivurwa ko ubu afise uwundi mugabo basohokana atari umugabo wiwe azwi n’abantu benshi bakurikirana umuziki w’uburundi rero ni Umuririmvyi R.FLOW kandi  aba fans babo bagumye muri kabaza bibaza yoba ari nde yayimuteye hagati yiwe n’uwo mugabo wundi bivurwako basohokanye amezi n’ayandi.

Amatohoza twabandanije dukora neza agezweho mu muziki w’uburundi twagiye turegera bamwe mu basanzwe bagendana n’umuririmvyikazi CHANNY QUEEN ndetse banasangira iyo bamutembereye imuhira we canke wewe abatemberera yarabiberetse ko afise imbanyi ababwira nuwayimuteye ubu hamaze kumenyaka uwayimuteye hagati y’umuririmvyi R.Flow bari basanganwe,hamwe nuwo wundi mugabo mubona kwifoto bafatanye.

12743560_1705731343002937_6624461821670588787_nAbantu b’abagenzi wiwe bamuzi Channy Queen bari mugisagara ca Bujumbura babivuga imbanyi niya Rodrigue siya R.Flow nkuko yabibabwiye  ntibikiribanga uwayimuteye imbanyi nuwo mugabo nyene niwe mushasha kuri we vyamenyekanye neza ko ariwe yayimuteye iyo mbanyi mgo ntiyayitewe n’umuririmvyi R.FLOW,kuri  kugaragara neza ni yuwo mugabo yitwa RODRIGUE basigaye basohokana kandi yayimuteye mu gihe bakorana amabanga yabubatse.

12741903_1705723403003731_2272168737824352993_nNiko vyegenze niwe nyene imbanyi bose baravyemera ngo ubu bagiye kuronka umwana aho  azoza akurikira uwo Channy Queen yavyaranye n’igihangange mu muziki w’uburundi mumyaka yahera ihaciye myinshi ni Umuririmvyi Lolilo ariko aba kwa SE wiwe niwe yamureze gushika akure aramutwara kwishure yitwa RHAMA n’umukobwa mwiza cane yarezwe neza w’indero.

maxresdefaultAyandi matohoza twabandanije dukora k’umuririmvyikazi Channy Queen ikigihe afise imbanyi “INDA”yatewe uwo mugabo wiwe mushasha Rodrigue vyamenyekanye neza y’uko Umuririmvyi R.Flow ngo yavyakiriye neza cane gose kumva Channy Queen uwari umugore wiwe aterwa imbanyi n’uwundi musore vyamuguye neza ntiyigeze ashavura canke abimubabaze ahubwo vyaramuryoheye akivyumva ko gushika nuno mwanya ntaco bimubwiye.

Hama R.Flow yaciye ngo yibutswa n’umu fans wiwe indirimbo yigeze kuririmbira Umuririmvyikazi Channy Queen bari kumwe mu rukundo kandi yanakunze n’abanywanyi benshi mu muziki w’uburundi yise“IBUKA”amubariramwo amajambo avuga ati:”mbwira ko ari jewe gusa ushaka ntawundi yokugeza nkaho nkugeza none se bite?

Wabwira kuba kure yanje ntivyokunda wakunze rimwe gusa ntuzosubira ariko ko umpindutse yaco ukarwa n’ibihinda vyinshi ntaco bimaze menyako inyuma y’inyungu haza ukwicuza ntukajanwe nivy’isi kuko ntavyowomara reka kwiyamamaza nimba ubu ahubicana haraho vyonaca ingese.”

12036892_761541713968838_7860121346995009491_n

BANDANYIRIYE  WUMVIRIZE  IYO NDIRIMBO YIWE ” Ibuka “IRIMWO AMAJAMBO Y’URUKUNDO YARIRIMBWA NA R.Flow ABWIRA Channy Queen NGO NTAKAJENWE NIVY’ISI AREKE KWIYAMAMAZA INYUMA Y’INYUNGU HAZA UKWICUZA YAHORA AMUBWIRA KO INDOTO ZIWE ZACITSE UKURI KWATAWUNDI YOSHOBORA GUKUNDA.

Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s