LANDRY GATEKA ntakiri MIRROR TEAM arasavye ko indirimbo”UKIMPE”ihagarikwe kuvuzwa kw’iradiyo n’ahandi hose


Inyuma ayaho Umuririmvyi LANDY GATEGA afatiwe ibihano vy’amategeko ateye ubwoba amenyeshejwe n’umurwi w’abaririmvyi MIRROR TEAM  yararimwo ikirongo c’ukwezi kose nkuko mwavyumvis ko abawutwara baribo bashimye gufata ingingo zikwirikira zimuhana kuvyo yagiye arabavuga mu kuvuga atanze impihoho kandi hariho ibikorwa vyinshi vyatumye uwo murwi umenyekana kubera we na canecane indirimbo nshasha UKIMPE.

Umuririmvyi LANDRY GATEKA ntashoboye kwihanganira abatwara MIRROR TEAM kubona baramufatiye ibihano bakamutegeka ko aterezwa kubikorwa kugira bamurekurera asubire kwifatanya nabo aririmbe mundirimbo nshasha igira kabiri nyuma y’indirimbo Ukimpe ,aho bamufatiye ibihano  niyabikora niho ashobora kuwusubiramwo bamuvuze ati: Mirror Team yafatiye Landry Gateka ibihano bikwirikira:

13263877_507486716129099_7943146550178479243_n-Gusaba ikigongwe abicishije kur Facebook na Watsapp nkuko yabigenjeje ubwambere
-Gusaba ikigongwe biciye kwi radio yaciyeko iyo nkuru.
-Yabogojwe mumabanga yubu conseiller
-Kutaririmba mu ndirimbo izokwirikira no kutagaragara muma sanamu yayo.

NB:Ivyo bidakurikijw,L.Gateka ntakibanza azoba agifis mumuryango Mirror Team.
Fait le 20/05/2016,par les membres de Mirror Team:

-Aimé loveness(Président)
-Nick(Secrétaire)
-Patrick dizzy(chargé communication)
-Sim Bizz(Disciplinaire)
-Landry SB(Grand Pictures)

13177104_504240173120420_8486812557815275699_nTwovuga y’uko amatati agize abantu bo mumurwi MIRROR TEAM hamwe na LANDRY GATEKA yari kumwe nabo bakoranye indirimbo nshasha UKIMPE ubu niyo ndirimbo igezweho cane mu banywanyi mu muziki w’uburundi bayumviriza cane mundirimbo z’imirwi y’abaririmvyi b’Abarundi ubu amashamba yashushe n’uko Umuririmvyi Landry Gateka ashoboye nawe kubafatira ingingo zikaze kandi zitoroshe zigiye gutama MIRROR TEAM ishobora kuzimangana mu bantu bakunze indirimbo UKIMPE.

LANDRY GATEKA mumwanya uheze haciye amasaha angana umunani niho ashoboye nawe kumenyesha abanywanyi mu muziki w’uburundi hamwe naba fans mwari mutanguye gukunda umurwi yarimwo MIRROR TEAM kubera indirimbo UKIMPE haheze indwi zibiri isohotse n’uko afashe ingingo zo kuyihagarika burundu ntizosubire kumvikana ntahantu ntahamwe yashimikiye mumaradiyo yo mu Burundi.

13217460_1711306862477242_3781135543289037438_oBavuza indirimbo z’Abarundi yongeye arabwira n’abatangaza muziki w’uburundi ko batosubira kwirahira bayivuze kubera niwe yayikoze yose mu kuyandi n’ibindi vyose vyari bikenewe kugira isohoke neza nkuko mwayumvise ikabashimisha yayihagaritse yasavye ko itosubira gusamirana ivuzwa ahantu hose ‘abakoresha imbugankurukana bumenyi.

Uno muririmvyi Landry Gateka yabasavye ashimitse mu ngingo yiwe yashe yo guharika indirimbo nshasha UKIMPE yavuze ati:”nagira menyeshe icese nkuri n’amakenga mumitima y’abantu ko Landry Gateka atakiri muri Mirror Team bivuye ku mpamvu ntashimye kubamenyesha ariko sinkiri mur Mirror Team aha ngirako nsaba aba radio presenters bose naba promoter mwese guhagarika indirimbo ukimpe ku maradio nahandi hose kuko iyo ndirimbo ni rwanje kuva hasi gushika hejuru uhereye munyandiko.

Melody,arrangement,nibindi vyinshi bigize iyo ndirimbo nkaba nshimiye cane mes freres ba Mirror Team aho bari hose donc moi hari iyindi nzira mpisemwo gufata itandukanye cane niyo nari nsanzwe ndimwo sorry kuri mwese mwari munshigikiye mwarakoze cane kumfata mumugongo gusa ico nsezeranya n’uko ntahagaritse music gusa ngiye kubikora ukundi gutandukanye cane nuko mumenyereye

Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s