Abantu bi Bujumbura ngo MR CHAMPAGNE bamurushe n’ipede magabo magore yambara perruque y’abakobwa


Mwino minsi Umuririmvyi  MR CHAMPGANE yasohoye indirimbo PAPA-G Remix  ayikoranye n’umu Artist wo muri R.D.CONGO benshi bamuzi nka NATHALIE MAKOMA hamwe n’umuririmvyi T-Max na W-Tizzo acagirako akora Video 2016,Papa-G Remix ubu niyo igezweho muma Video yiwe irambwa cane n’abantu benshi ariko twokubwira ko uwo muririmvyi kuko ibintu bimukomeranye cane mugisagara ca Bujumbura aho abantu benshi baho bariko bamwiyamiza bamubwira ko bamurushe.

Mr. CHAMPAGNE ngo ibintu asigaye yigira bibasiga ubwenge aho yigira umukobwa yiyambika  perruque z’abakobwa mumutwe kandi abaha i Bujumbura bamwegereye bose ariho aba ahakorera ibikorwa vy’umuziki w’uburundi bishimihwa na benshi canecane indirimbo ziwe akora we nyene nizo afashanya n’abandi nk’iyakunzwe cane mu mwaka uheze ariyo ndirimbo SOKOZA ayikoranye n’igihangange mu muziki w’uburundi ni Umuririmvyi Lolilo Lizzo.

11219400_940570456011301_7119819683119644395_nKandi ubu abantu b’ijumbura bamaze kumutorera amazina umuririmvyi Mr. Champagne akwiranye n’ibintu asigaye yambara bamwise n’ipede magabo magore bakunda kunze kumubona kenshi yambara perruque y’abakobwa mumutwe ikindi ngo muminsi yahera bamubonye amesura ahetse umwana mumugongo  vyongeye ntayindi  inkuru iriko iravurwa cane i Bujumbura yiwe iriko iravurwa atariyo kumubwira ko bamurushe kandi arabarambiye.

Kubera amakaritiye yaho menshi  bavuga MR CHAMPAGNE gusa bamurushe yigira ipede nawe abibona ko ar’ibintu bisanzwe nkuko agomba asohore indirimbo yiwe nshasha yise TULISHA KUCOKA ari kumwe n’umuririmvyi yitwa G-BO,umuntu aravye izina ry’iyo ndirimbo rigomba gusa n’ibintu bariko bamubwira ko bamurushe ngaho mugisagara ca Bujumbura nkuko mwavyumvise ham twamurondera turamubaza igituma bamubwira ko bamurushe abantu bose mu Burundi bamubona kenshi yambara perruque y’abakobwa.

12049463_861508777250803_4223453086067467662_nMukiganiro twakoranye n’umuririmvyi Mr. Champagane yagize ico abivuga ko aho twamubaza igituma agomba gusohora indirimbo nshasha yiswe TULISHA KUCOKA twongera turamubaza n’igituma abantu bo mugisagara ca Bujumbura bariko bamwiyamira bamubwira ko bamurushe kubona bamubona yambara perruque y’abakobwa mumutwe yashimye kutwishura avuga ngo kuba ayambara ntibica bivuga ko n’ipende kamwita magabo magore ahubwo abantu babivuga ntiratahura neza kuko ntibararonka inyishu ibatahuza.

13221051_1009948799071905_4479604011000524537_nArabamenyesha y’uko abashaka kuronka inyinshu nziza ku bintu bariko bamwiyamiriza bavuga ko bamurushe bamwita n’ipede magabo magore ubu bagume hafi barindiranye igishika cinshi iyo ndirimbo  azoyisohora vuba bazoshobora kumenya neza ico yabikoreye n’insugura yavyo izobumvisha neza abo bantu bo mugisagara ca Bujumbura muzoharonkera isobanuro nimwamara kumva neza ubutumwa bw’amajambo ayigize indirimbo TUKISHA KUCHOKA.

Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s