MY BABBY By Big Fizzo muminsi 4 gusa isohotse yinjije 2,196 VIEWS ni yambere mundirimbo z’Abarundi kuri YOU TUBE


Indirimbo MY BABY nshasha y’igihangange mu muziki w’uburundi ni Umuririmvyi  BIG FIZZO ikaba imaze iminsi ine gusa isohotse yarashizwe kuri YOU TUBE niho yatangurwa kumvirizwa cane n’abantu benshi bavuga ko yaririmvye indirimbo nziza ibashimishije kumva  n’ukuntu bumva aririmba gushika nuno mwanya baraca komeza bayumviriza uno mwanya twabakubwira y’uko ishoboye kuzana itangaza mu muziki w’uburundi kurubuga rwacu muri You Tube imaze ko iminsi ine gusa ishizweho na Big FRANCK Promoter.

Iyo ndirimbo MY BABY y’umuririmvyi Big Fizzo ageze kurwego rukomeye mu muziki w’uburundi eka no hanze yawo ribaye imbonekarimwe mundirimbo z’abaririmvyi b’Abarundi zumvirizwa cane  kuri You Tube uy’umwaka 2016 mu kiringo c’iminsi ine gusa nkuko abantu benshi ariho bazumviririza  zigatumai zinjiza ama VIEWS nyinshi mu gihe bagumye bazumviriza buri umwanya iyo batembereye urubuga rwa YOU TUBE nkuko rujako abantu benshi bari bo kw’isi yose bahumviririzaho indirimbo zitandukanye haba io muri Africa na Bulaya.

13221706_2123864504558769_9209970270689370472_nIy’indirimbo nshasha MY BABY By BIG FIZZO yagiyeko kurubuga rwa You Tube rwacu rwitwa Duteze Imbere Umuziki W’uburundi bwacu hari kw’igenekerezo rya 20/05/2016 ni kuvagako imaze ko iminsi 5 ishizweho iriko irumvirizwa cane gose n’abantu benshi gose baba mubihugu bitandukanye bigize isi yose kandi mwiyo minsi twabwiye imaze kwinjiza 2,196 VIEWS ni nyinshi kandi ni ryambere biba mundirimbo z’Abarundi zija kuri You Tube zimaze ko nkiyo minsi ntabwo ntizishobora gushika Views nkizo ziyo ndirimbo My Baby By Big Fizzo.

Biragaragaye uno mwanya nyene tuvuye kuri You Tube kuraba igitigira c’indirimbo nshasha twashizeko niho gusanga  abantu benshi bamaze k’uyumviriza twasanze ariyo yinjije Views nyinshi ifise 2,196 Views bibaye inyuma y’iminsi 4 isohotse ico twobabwira gitangaje n’uko  indirimbo z’abaririmvyi b’Abarundi bazishizwe kuri You Tube ntizigera z’injiza ama VIEWS menshi muminsi ine gusa mugihe zishizweho kubera zihora zinjiza Views nyinshi nkizo ziyiyo ndirimbo My Baby By Big Fizzo haheze ukwezi kose murumvako ar’ibintu bidasanzwe.

13256171_1270861206287766_2794235693618229323_nIkintu dushoboye  kubona nkuko dukunze gushira ko indirimbo nshasha z’abaririmvyi b’Abarundi  kuri YOU TUBE n’uko iyo ndirimbo My Baby By Big Fizzo ishobora kuzoshikana muminsi irimbere nka 5,000 VIEWS nko muminsi umunani hamwe abantu boguma bayumviriza cane kuri You Tube ikinjiza Views nyinshi ishoboye kuba ni yambere mundirimbo nshasha z’abaririmvyi b’Abarundi zose zasohotse mu mwaka 2016 ziri kuri You Tube ikigihe yinjije 2,184 views menshi kuri YOU TUBE.

Twotera akamo abanywanyi mu muziki w’uburundi ko mwokwama mushigikira Abarririmvyi b’Abarundi bafise indirimbo zabo nshasha bahora basohora mu kazumviririza  kuri YOU TUBE mushobora kuzoza muzumviriza cane gose kugira muzihe ama VIEWS menshi kuko bishobora kubatangaza cane kubona indirimbo nshasha MY BABY y’igihagange mu muziki w’uburundi,BIG FIZZO yashizwe kuri YOU TUBE muminsi 4 gusa imaze ko ikaba yinjije 2,196 views kubera abantu benshi bayumviriza cane n’ubu bakiandanya kuyumviriza kuri You Tube iciguma yinjiza VIEWS nyinshi bigatera intege uwayiririmvye agashima kuyisohora.

Advertisements

One thought on “MY BABBY By Big Fizzo muminsi 4 gusa isohotse yinjije 2,196 VIEWS ni yambere mundirimbo z’Abarundi kuri YOU TUBE

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s