DIVI NICK abwiye ASHLEY ni Mama wiwe kandi SIDA iramurembeje kandi ASHLEY amwishuye ntamutinya ni BULSHIT agura isura


Amakuru agezweho mu muziki w’uburundi duhejeje kuronka ubunyene adushikiye avuye kurubuga kurukanabumenyi WhatsApp aho bikomeye cane gose hagati y’umu Queen Video wo mu Burundi benshi bazi kw’izina rya DIVI NICK icamaramare muma Video y’abaririmvyi b’Abarundi b’ibigahangange aramaze nukuririmba indirimbo yafashije,uwundi ni Umuririmvyikazi ASHLEY nawe nyene wo mu Burundi.

Aho benshi bamuzi ASHLEY cane mundirimbo ziwe nka NKORAKO ,WAYAWAYA n’izindi bano bigeme bose ni Abarundikazi  mu mwanya bariko badacana uwaka hagati yabo kuko bakomeje gutukana ibitutsi biteye ubwoba muri Group WAHATSAPP barimwo bose bahuriyemwo batangura guterana amajambo batukana bose vyaragaye ko agashavu ari kose.

12366374_1716388168594902_3208377764882550693_nBikabonekako bose bafitanije ibifu idasanzwe mu gihe bose bakora umwuga w’umuziki w’uburundi ariho uhuza benshi kandi bagaragajemwo ibitutsi gusa babwirana bakishurana ubwabo bakumvirizwa n’abantu bariko bararaba ingene baryana batukana ukuntu  baratukana biraboneka ko bashavuye biteye ubwoba kuko DIVI NICK yamubwiye ASHLEY ati:

Imbere yinsinzi ry’abantu bari muri Group Whatsapp bahuramwo ngo yigereranya n’umuvyeyi wiwe uwo muvyeyi ngo NICK DIVI kubera ariwe yamutanguriye kumenyana mu muziki w’uburundi kuko anasanzwe akoreshwa muma Clip Video.

11401381_545553072250056_8270449881972365056_nKandi ngo Ashely umugera wa SIDA uramubangamiye  uranamugeramiye kubi gushika aho asigaye atitahura uwariwe nicamaze imbere yiwe ikindi ngo n’umwana wejo mwijoro  akivutse mu muziki w’uburundi ariko SIDA iramubangamiye cane gose ntiyitahura.

Mwomenyako ASHLEY nawe ata mwihanganije DIVI NICK kumwishura bimwe bikomeye cane gose vyabonetseko yababajwe nivyo yamubwiye ko arwaye umugera wa SIDA niho kumwishura ngo ntashobora kumutinya ubona ko yomutinya nka nde? yishinga kugura isura kandi uno muririmvyikazi ngo ntamwanya afise wamashombo arafatiriwe ariko arikorera Shustle rero ntangira umwanya w’induru ziwe kandi n’umunyokuru.

12936636_1761550964078622_7591156420759590012_nTworangiza tubamenyesha y’uko ugutukana kwumu Queen Divi Nick wama Video benshi cane bamubona muma Clip Video akora abaririmvyi bakomakomaye hagati yiwe.


N’umuririmvyikazi Ashley ntabwo  umuntu numwe arashobora kumenya neza ikintu bariko barapfa gushika aho bashika kure bagatukana ibitusti baterana amajambo akomeye ateye ubwoba.

Nkuko mubibona kurayo kuriyofoto twashoboye kuronka igaragaza ivyandiko bandikiranye muri Gruop WhatsApp.

13240706_2125070277771525_8619635661835858279_nBarimwo batukaniramwo nk’umunywanyi mu muziki w’uburundi mubona mwobahanura iki nk’abigeme bakora umwuga w’umuziki w’uburundi bashimisha mu bikorwa mwama mubona bagaragaramwo k’uruhande rwa DIVI NICK mukunze kubona muma Clip Video y’abaririmvyi bo mu Burundi.

10653452_544763678995662_6519159342114880640_nHamwe n’umuririmvyikazi Ashley akunda gusohora indirimbo zikabanezera kumviriza n’ukuraba mu karyoherwa nkuko mwagiye murazumviriza gushika nuno mwanya akibanya abaronderera nzindi zishobora kubanezera kumviriza nk’izambere.

Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s