ASHLEY abereka ibipimo vya HIV test Control yipimishije itariki 26/04/2016 muri Kenya basanga atayirwaye ni Negative


Umuririmvyikazi ASHLEY nkuko kino gihe abarizwa gihugu ca Kenya ahamaze amezi atari makeya ahakorera bimwe mu bikorwa vy’umuziki wiwe w’uburundi ndetse aramaze no kuhakorera ama Karaoke ikindi aherutse gufasha umwe mu baririmvyi babakenya gukorana indirimbo nshasha bivurwako izosohokana  Video ubu irindiranye igishika n’abantu benshi bo muri Kenya na bamwe muba fans biwe.

Nkuko twari duhejeje kubashikiriza amakuru agezweho mu muziki w’uburundi yuno muririmvyikazi ASHLEY aho bamwagiriza ko agendana umugera wa SIDA/HIV umugeramiye benshi bariko babivugako vyinshi ko awurwaye ariko ico twobamenyesha n’uko twashoboye kuganira nawe ashobora gutanga ukuri kw’ibipimo vyiwe bigaragaraza igihe yaja kuwipimisha aho nyene mugihugu ca Kenya hari mu kwezi guheze.

12923335_655918161213546_7930156611856568666_nIkiganiro duhawe mukanya n’umuririmvyikazi ASHLEY twakoranye kubuhinga ngurakanabumenyi ashoboye kudatinya mu kwerekana ibipimo bigaragaza neza ukuri mu gihe yaja gutora inyishu kubera yari yarigeze kuwipimisha umugera wa SIDA/HIV ubu arabahaye ukuri abanywanyi b’umuziki w’uburundi naba fans biwe bakurikirana cane ibikorwa vyiwe ahora abaha kenshi  asohoye nk’indirimbo canke akoze ibiteramo kandi yatanze ukuri kubariko bawumwagiriza ko awugendena umurembeje kandi ibipimo vyiwe biragaraza neza ko atawugendana awurware muri make Ashley arakomeye neza mumubiri wiwe ntamugera wa Sida afise.

Ukwipimisha kw’indwara y’umugera wa SIDA/HIV k’umuririmvyikazi ASHLEY yashoboye kugenda mubitaro vyo muri Kenya vyitwa ROYSAMBU MEDICAL SERVICES hari kw’igenekerezo rya 26/04/2016 niho abaganga  bashoboye kumuha inyinshu igaragaza neza y’uko uno muririmvyikazi w’umurundikazi Ashley atangwara y’umugera wa SIDA arwaye canke awugenda nkuko abibereka k’urupapuro rw’inyishu bamuhaye muravyibonera namwe kururwo rupapuro rwiwe rwanditseko izina ryiwe rw’ibipimo bamuhereye ko inyishu ya HIV bamubwiye y’uko akomeye nta Sida agendanya ntanayirwaye ni muzima.

13227374_2125171811094705_918849575752853770_oUmuririmvyikazi ASHLEY yatweretse agapimo bapimisha umugera wa Sida kagaragaje neza mu kumuha inyinshu nziza kwari muzima atigeze yandura SIDA nkuko umwe muba Queen Video ariwe NICK DIVI yarahejeje kuwumwagiriza kwawugenda aciye abereka ibipimo bamupimye n’igihe yagenda kwipimishiriza ko ikindi yareka inyishu bamuhawe mubitaro vyo mugihugu ca Kenya yagiyeko kuwipimish turangize tukubwira munywanyi mu muziki w’uburundi ko Umuririmvyikazi arakomeye nta HIV agendanya.

Mushobora kwitegereza neza ibipimo n’inyishu bamuhaye umuririmvyikazi Ashley yipimishirije ko umugera wa Sida mubitaro ROYSAMBU MEDICAL SERVICES bikorera muri Kenya basanze ibipimo vyerekanye ko akomeye neza afise amagara meza atayirwaye ntayigendana itegereze neza urwo rupapuru rw’inyishu kuri yo foto mubona iravyerekana neza vyose bamutoye “NO HIV” (NEGATIVE).

13256126_2125171837761369_130705956365408610_n
AKO NI AGAPIMISHO BAPIMISHA UMUGERA WA SIDA ARIKO BAMUPIMISHIJE UMURIRIMVYIKAZI ASHLEY BAMUTORA NEGATIVE NTAYIRWAYE
Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s