MKOMBOZI azosohora FILM nshasha ushaka kuraba igice cayo ukuntu yayikinye raba ngaha?


Umwe mu bihangange vy’umuziki w’uburundi abenshi bamuzi kw’izina ry’uburirimvyi MKOMBOZI anezereza abatu benshi mundirimbo akora cane gose zibashika kumutima ubu ngo agiye gusohora FILM nshasha idasanzwe irakaze gose abari umuntu atoroshe izoshobora kunezera abazoyiraba bose ico twobabwira abantu mwomba mushaka kuraba iyo Film yiwe nshasha igiye gusohoka uno mwaka yarimaze igihe kirekire itegurwa neza amasanamu kuko yayikinye akiri mu Burundi.

Twabazaniye kimwe mugice kiyigize mumurabe neza Mkombozi,ingene atavyorosha azi kurwana amakarate akubita abantu ibibando birakomeye ni Film nziza cane iteye igomwe izonahava itera iteka ridisanzwe igihugu c’uburundi mu gicata cama Film akinwa n’Abarundi ikindi yayikinanye n’abandi abantu ntisanzwe iraryoshe bayikinye neza irimwo ubuhinga budasanzwe ntiwomenya y’uko ari Abarundi bayikinye kubera basa nk’abageze kurwego rukomeye mu gukina ama Film meza aryoshe.

984080_739263232779916_1235789489863303797_nTwonabwira aba fans b’umuririmvyi Mkombozi n’abanywanyi bama Film akina Abarundi y’uko ntimutangwe  kuraba igice kigize iyo Film yakinye nshasha kandi mu bihe birimbere murashobora kuyiraba yose ikabaryohera nimwamara kwibonera neza ico gice cayo ukuntu yayikinye uraza gushaka inyaruke gusohoka uyiraba yose ni umwanya wawe tangure kuraba igice cayo wirabire ukungene atavyorosha uraza kunezerwa arashoboye gukina Film yabigaragaje

YIRABE FILM NSHASHA  YA Mkombozi IGIYE KUZOSOHOKA VUBA

Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s