Hitamwo gutora igiharuro c’indirimbo nshasha ikuryohera kumviriza yinjire kuri”THE TOP 5 MUSIC BURUNDI”


Banywanyi mu muziki w’uburundi ntimuzotangwe uno mwanya gutangura gutora indirimbo nshasha yakoze umuririmvyi canke umuririmvyikazi umwaka  2016 aherutse gusohora twarguhaye ururonde rw’indirimbo 10 nshasha.

Tuzoca tuzibashikiriza muzumvize hama izindi 5 zizoba zitayaronse ayo mahirwe mwahaye izindi

Hariho iyifise igiharuro cayo ukirabe neza uyitore nk’iyitwa:

1.Just Today By Lolilo Lizzo

10646911_283666625173206_3111456496493048798_n

2.Usibaki Kimia By Floris Ft Magic Soldier

13227070_1737975619780978_1636894349604405297_n

3.Ntutebe By Hugues Bana & Crown

13237670_2121118498166703_1490581774305441563_n

4.Ukimpe By Mirror Team

13161886_504959616381809_8527563281116099630_o

5.Jewe Nawe By Miss Rocher

13133382_1604556876530914_2875397616112050798_n

6.Mpikibanza By Double Jay

13173796_1734104860168054_217430640760418329_n

7.Ndi Tro Top By Thity Love

13095950_1021072067968575_8363460117286735009_n

8.Lay Down By Lissa

13179204_2120265724918647_7312793079537493881_n

9.Wewe Ni Mungu By J.Marie Muco

1483303_1698112240446855_7247999809945144419_n

10.Me and You By Olga Ft Big Fizzo

12670529_1718390735072800_1327645930300031366_n

Mugutora tugusaba kwandika muri COMMENT igiharuro c’indirimbo nshasha  y’umuziki w’uburundi wiyumvako ikuryohera uyumvirije umwanya wose muri zitwaguhaye k’urutonde ari 10 tuzorabamwo 5 mwatoye cane muguha amahirwe iyo watoye yinjire kuri “THE TOP 5 MUSIC BURUNDI “

Advertisements

One thought on “Hitamwo gutora igiharuro c’indirimbo nshasha ikuryohera kumviriza yinjire kuri”THE TOP 5 MUSIC BURUNDI”

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s