Hazoca uwambaye murukino rw’umupira w’amaguru ruzohuza”BURUNDI Vs NIGERIA”kuri Stade Prince Louis Rwagasore


Hasigaye iminsi mikeya cane gose muri iyi ndwi kuruyu wa gatandatu niho umurwi w’abakinyi bakinira mumirwi yiwabo ,Intamba Murugamba unserukiragihugu c’uburundi ukina umupira w’amaguru mu Burundi n’uko ufise urukino rukomeye cane gose uzohura n’umurwi ukina umupira w’amaguru nserukiragihugu ca NIGERIA izoba waje mu Burundi hano mugisagara ca Bujumbura kukibuga c’inkino ncitiriwe umuganwa Rudoviko Rwagasore mubwinjiriro”Pourtour” abantu bazotanga 1000Fbu. kimwe gusa c’amafaranga y’amarundi

Abakinyi b’Intamba Murugamba ngo bamaze iminsi bari mumyiteguro bitegurira urwo rukino kubera ruzoba rutoroshe nagatoya mugukina n’abakinyi  bakinira umurwi nserukiragihugu NIGERIA kandi hazoca uwambaye abanywanyi b’inkino z’umupira w’amaguru mu Burundi muraterwa akamo kuzoza muri benshi gushikira u Burundi mu mugihe Intamba Murugamba bazoba bariko barakina bashobore gutahukana itsinzi.

13221191_1135273743184233_8577569829968078619_oTwobamenyesha y’uko abakinyi b’Intamba Murugamba batanguye gukora imyimerezo bayigejeje kure bitegurira urukino ruzobahuza na NIGERIA kuwa gatandatu kw’igenekerezo rya 21/05/2016 bose ngo bariteguriye urukino neza bakizeza abarundi ko bazokina uko bashoboye batahukane itsinzi nyaburya bazoba bariko bakinira imuhira iwabo imbere yaba fans babo

Mbega nk’umunywanyi w’umupira w’amaguru mu Burundi ukunda umurwi Nserukiragihugu Intamba Murugamba uravye umurwi nserukiragihugu wa Nigeria ubona urukino ari bande bazoshobora gutahukana ititsinzi canke woha amahirwe angahe kw’ijana Intamba Murugamba?

13237663_10206426234716651_413902385112659778_nMurukino bazokina kuwa gatandatu  hasigaye umunsi umwe n’amasaha makeya kugira urukino rushoboye kuja k’umugaragaro batangure gukina ngo hazoca uwambaye hagati BURUNDI Vs NIGERIA ntimuzotangwe kwishikira kurorera urwo rukino rudasanzwe kukibuga c’umwanwa Rudoviko Rwagasore.

Tworangiza tubamenyesha abanywanyi b’umupira w’amaguru mu Burundi muzoshobora kwishirikira kurorera urukino ruzohura BURUNDI Vs NIGERIA ku munsi wa gatandatu uyu n’uko biteguye ukuntu abantu bazoshobora kuriha ibiciro vy’ukwinjira hamwe n’ibibanza vyiteka arivyo “TRIBUNE A,B,C,D.”

Pourtour: 1.000 Fr
-Tribune A-D: 7.000 Fr
-Tribune B-C: 10.000 Fr
-Tribune d’honneur: 30.000 Fr

Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s