LOLILO LIZZO abazaniye indirimbo nshasha ngo ibaryohere niyambere irusha izamaze gusohora mu mwaka 2016


Igihangange c’umuziki w’uburund umu Superstar LOLILO LIZZO ngo abazaniye indirimbo yiwe nshasha nawe arayemera cane gose kurusha indirimbo zose ayamaze gusohora umwaka 2016 mwanamaze kuyumva banywanyi b’indirimbo nshasha ndundi kandi niyo ndirimbo abonako imeze neza cane iryoshe arayemera twobabwira ntimutangwe kuyumviriza muri benshi.

Superstar Lolilo Lizzo yayikoreye muri Studio CLASSIC SOUND RECORDS ikoreramwo umuhinyanyuzi CHID  ntavyorosha mu guhinyanyura kenshi indirimbo ahinyanyuye ziza ziryohera abantu bazumvise ikindi iyo ndirimbo yamaze kuyisohora uyishaka kuyumva yerekane ko ashigikira ibikorwa vyiwe kuko akuzaniye indirimbo nshasha ndundi ni nziza iraryoshe cane kumva ngo iruta ukuryoha izamaze gusohora zose mu mwaka 2016 mwumvirije nka RYARI?, NYUMVIRIZA,NYIBUTSA,NIKUMBUSHE ntanimwe iyishikira.

10646911_283666625173206_3111456496493048798_nIyo ndirimbo yiwe nshasha ndundi ushaka kuyumviriza yitwa“JUST TODAY” niyambere mu kuryoha kumviriza myaburya rizoba aricuro yawe yambere uzoba uyumvise irimwo amajambo meza ushobora kuyumvisha uwo mukundanye mu rukundo akamunyurwa sivyimbeshe uraza kuvyiyumvira neza uragire ico uyivuzeko niwamara kuyumva neza ukaryoherwa.

Aho ni mugihe Lolilo Lizzo yaraheruka gusohora indirimbo yiwe nshasha Nyibutsa abantu bo mugihugu ca Tanzania bamusaba ayishire mururimi rw’igiswahili bagatahure ivyo araririmba kubera buyumvise ubwambere iri mururimi rwikirundi iraryoheye cane bakananirwa gutahura amajambo yaririmvye niho amaze kuvayo yari mugisagara ca Kigoma muri co gihugu hama ashitse mugihugu c’uburundi ashika ayikora mugiswahili ica irasohoka.

10593206_283666635173205_695017131277516590_nAba fans ba Lolilo Lizzo ntabari aba fans biwe ngo mushaka kuyumviriza indirimbo JUST TODAY ivurwako ariyo ndirimbo ije mu kibanza cambere iryoshe cane kurusha izindi zose mwumvise uno mwaka ntimutangwe kuruyu munsi wa kabiri itariki 16/05/2016 irabashikiriza iciye kurubuga rwa You Tube rwacu nho mutangurira kuyumva uyishaka  twombwira  ntatangwa kwandika akajambo“EGO”muri COMMENTS yiwe araheza ayironswe ayumvirize isaha zine n’igice z’ijoro amasaha y’uburundi ubuwambere kuyumva.

Advertisements

One thought on “LOLILO LIZZO abazaniye indirimbo nshasha ngo ibaryohere niyambere irusha izamaze gusohora mu mwaka 2016

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s